Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
006

Al-An'am 6:107 ولو شاء الله ما اشركوا وما جعلناك عليهم حفيظا وما انت عليهم بوكيل ١٠٧

6:107
وَلَوۡ
شَآءَ
ٱللَّهُ
مَآ
أَشۡرَكُواْۗ
وَمَا
جَعَلۡنَٰكَ
عَلَيۡهِمۡ
حَفِيظٗاۖ
وَمَآ
أَنتَ
عَلَيۡهِم
بِوَكِيلٖ
١٠٧
Iyo rero Imana Allah Ishaka ko batayibangikanya, ntibari kuyibangikanya, ariko Irazi neza mu vyagezwe ko bazohitamwo ibangikanyamana. Kanatsinda, ntitwakugize umubungabunzi w’ivyo bakora, eka nturi n’umuhagarikizi ajejwe kubatunganiriza uko babayeho.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Command to Follow the Revelation

Allah commands His Messenger and those who followed his path,

اتَّبِعْ مَآ أُوحِىَ إِلَيْكَ مِن رَّبِّكَ

(Follow what has been inspired to you from your Lord,) meaning, follow it, obey it and act according to it. What has been revealed to you from your Lord is the

…

The Command to Follow the Revelation

Allah commands His Messenger and those who followed his path,

اتَّبِعْ مَآ أُوحِىَ إِلَيْكَ مِن رَّبِّكَ

(Follow wh

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 6, Page 141, Juz 7

101. Ni Yo Yaremye amajuru n’isi n’ibiri muri vyo ata co Irinze gufatirako. Ni gute Yogira umwana kandi Itanagira umugore! Ni Yo Yanaremye ikintu cose kibaho, ni na Yo rero burya Izi ikintu cose gikozwe n'ibiremwa, ni Nyenubumenyikurivyose. 102. Babangikanyamana! Iyo rero, ni Yo Mana yanyu Rurema Allah, nta mana y’ukuri ibwirijwe gusengwa atari Yo, Yaremye ikintu cose kibaho, nimuyiyegereze rero mu vyo mukora vyose munayisenge. Ni na Yo rero Muhagarikizi Ibungabunga ibintu vyose; 103. Ntibonwa n’amaso y’ibiremwa kw’isi mu gihe Yo Ibona ibiremwa vyose. Ni na Yo rero Rumenyi-Rudahishwa, Muhetuziwavyose! 104. Ntumwa y’Imana! Bwira ababangikanyamana uti: “Mwaramaze gushikirwa n’ivyemezo bigaragara bivuye ku Mana yanyu Rurema Allah bitandukanya ubugororotsi n’ubuhuvyi. Uwuzobitahura rero akemera, izoba ari ineza kuri we; uwutazobitahura na we, azoba yikwegeye akarambaraye. Jewe sinjejwe kubungabunga ivyo mukora, njejwe gusa gushikiriza ubutumwa”. 105. Ntumwa y'Imana! Ni nk’uko nyene rero - Twebwe Allah Dutomora ivyemezo vyerekana ukuri kugira ngo kumenyekane - Duheza Tugatomorera ababangikanyamana ivyo batazi, kugira bahakane bigovyora bati: “Wavyigishijwe n’abahawe Igitabu”, no kugira Dutomorere ukuri abantu b’incabwenge, baheze bagukurikire. 106. Ntumwa y’Imana! Kurikira nyabuna amabwirizwa wahishuriwe n’Imana yawe Rurema Allah, ashingiye ku kwemera ko ata mana y’ukuri ibwirijwe gusengwa atari Yo, unirengagize ubutumva bw’ababangikanyamana. 107. Iyo rero Imana Allah Ishaka ko batayibangikanya, ntibari kuyibangikanya, ariko Irazi neza mu vyagezwe ko bazohitamwo ibangikanyamana. Kanatsinda, ntitwakugize umubungabunzi w’ivyo bakora, eka nturi n’umuhagarikizi ajejwe kubatunganiriza uko babayeho.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute