Al-An'am 6:154 ثم اتينا موسى الكتاب تماما على الذي احسن وتفصيلا لكل شيء وهدى ورحمة لعلهم بلقاء ربهم يومنون ١٥٤
ثُمَّ
ءَاتَيۡنَا
مُوسَى
ٱلۡكِتَٰبَ
تَمَامًا
عَلَى
ٱلَّذِيٓ
أَحۡسَنَ
وَتَفۡصِيلٗا
لِّكُلِّ
شَيۡءٖ
وَهُدٗى
وَرَحۡمَةٗ
لَّعَلَّهُم
بِلِقَآءِ
رَبِّهِمۡ
يُؤۡمِنُونَ
١٥٤
Ntumwa y'Imana! Babwire kandi ko ari Twebwe Allah Twanahaye Intumwa Musa (nyakugira amahoro y’Imana Allah) Igitabu ca Tawurati, mu ntumbero yo gukwiriza abagwaneza mu bantu yarungitsweko inema zacu, no mu gutomora ingingo y’ikintu ico ari co cose mu vyerekeye idini ryabo, no kugira rero nya Gitabu kibabere inzira y’ubugororotsi n’impuhwe, baheze bemere ko hari izuka ry’ibiremwa, banaryitegurire.
Read Tafsir
Ibn Kathir (Abridged)
Praising the Tawrah and the Qur'an
After Allah described the Qur'an by saying,
وَأَنَّ هَـذَا صِرَطِي مُسْتَقِيمًا فَاتَّبِعُوهُ
(And verily, this is My straight path, so follow it...) He then praised the Tawrah and its Messenger,
ثُمَّ ءاتَيْنَا مُوسَى الْكِتَـبَ
(Then, We gave Musa the Book...) Allah
…Praising the Tawrah and the Qur'an
After Allah described the Qur'an by saying,
وَأَنَّ هَـذَا صِرَطِي مُسْتَقِيمًا فَاتَّبِعُوهُ
(And verily, this is My
…