Al-An'am 6:158 هل ينظرون الا ان تاتيهم الملايكة او ياتي ربك او ياتي بعض ايات ربك يوم ياتي بعض ايات ربك لا ينفع نفسا ايمانها لم تكن امنت من قبل او كسبت في ايمانها خيرا قل انتظروا انا منتظرون ١٥٨
هَلۡ
يَنظُرُونَ
إِلَّآ
أَن
تَأۡتِيَهُمُ
ٱلۡمَلَٰٓئِكَةُ
أَوۡ
يَأۡتِيَ
رَبُّكَ
أَوۡ
يَأۡتِيَ
بَعۡضُ
ءَايَٰتِ
رَبِّكَۗ
يَوۡمَ
يَأۡتِي
بَعۡضُ
ءَايَٰتِ
رَبِّكَ
لَا
يَنفَعُ
نَفۡسًا
إِيمَٰنُهَا
لَمۡ
تَكُنۡ
ءَامَنَتۡ
مِن
قَبۡلُ
أَوۡ
كَسَبَتۡ
فِيٓ
إِيمَٰنِهَا
خَيۡرٗاۗ
قُلِ
ٱنتَظِرُوٓاْ
إِنَّا
مُنتَظِرُونَ
١٥٨
Abirengagiza Aayah n'ivyemezo vyacu bakanaburagiza abantu gukurikira inzira yacu, nta co barindiriye kugira bemere atari uko bashikirwa n’umumalayika ajejwe urupfu n’abafasha biwe ku musi wo gupfa; canke ko Imana Allah Iza Ikarubacira ku musi w’izuka; canke ko bashikirwa na bimwe mu bimenyetso vyerekana ko umuhero w’isi wageze1. Ico gihe kigeze, ukwemera kw’umuntu atigeze yemera imbere y’ico gihe, nta co kuzomumarira. Aramutse yemeye naho, ibikorwa vyiza atigeze akora imbere y’ico gihe, nta co bizomumarira. Ntumwa y’Imana! Babwire uti: “Nimurindire rero ko ico gihe kibashikira kugira muheze mutandukanye ukuri n’ikinyoma, mumenye inkozi y’ikibi n’umugwaneza. Mu vy’ukuri, na twe nyene turarindiriye ico gihe”.
Read Tafsir
Ibn Kathir (Abridged)
The Disbelievers Await the Commencement of the Hereafter, or Some of its Portents
Allah sternly threatens the disbelievers, those who defy His Messengers, deny His Ayat and hinder from His path,
هَلْ يَنظُرُونَ إِلاَ أَن تَأْتِيهُمُ الْمَلَـئِكَةُ أَوْ يَأْتِىَ رَبُّكَ
(Do they then wait for anything o
…The Disbelievers Await the Commencement of the Hereafter, or Some of its Portents
Allah sternly threatens the disbelievers, those who defy His Messenge
…