Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
006

Al-An'am 6:33 قد نعلم انه ليحزنك الذي يقولون فانهم لا يكذبونك ولاكن الظالمين بايات الله يجحدون ٣٣

6:33
قَدۡ
نَعۡلَمُ
إِنَّهُۥ
لَيَحۡزُنُكَ
ٱلَّذِي
يَقُولُونَۖ
فَإِنَّهُمۡ
لَا
يُكَذِّبُونَكَ
وَلَٰكِنَّ
ٱلظَّٰلِمِينَ
بِـَٔايَٰتِ
ٱللَّهِ
يَجۡحَدُونَ
٣٣
Ntumwa y’Imana! Burya Twebwe Allah Turazi neza ko wishwe n’intuntu itewe n’igarariza rigirwa n’abantu warungitsweko. Mu vy’ukuri, si wewe bagarariza kuko mu mitima yabo barazi ko uri Intumwa y’ukuri, ariko rero ku kubera akarenganyo n’urwanko, bagarariza Aayah n’ivyemezo bigaragara vyerekana ko uri Intumwa y’ukuri.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Comforting the Prophet

Allah comforts the Prophet in his grief over his people's denial and defiance of him,

قَدْ نَعْلَمُ إِنَّهُ لَيَحْزُنُكَ الَّذِى يَقُولُونَ

(We know indeed the grief which their words cause you;) meaning, We know about their denial of you and your sadness and sorrow for them. All

…

Comforting the Prophet

Allah comforts the Prophet in his grief over his people's denial and defiance of him,

قَدْ نَعْلَمُ إِنَّهُ لَيَحْزُنُكَ الَّذِى

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 6, Page 131, Juz 7

31. Ni ukuri, abahakanye bivuye inyuma ko bazohura n’Imana Allah igihe bazutse, baraguye mu gahombo mu buzima bw’inyuma yo gupfa. Igihe rero bashikiwe giturumbuka n’umuhero w’isi, bazokwicuza bavuga bati: “Ese agahombo tubonye ku vyo twirengagije gukora tukiri kw’isi!”. Bazoheza rero biremeke ku mugongo umutwaro w’ibicumuro vyabo. Emwee! Umutwaro bazokwiremeka, uzoba uremereye kubi. 32. Ubuzima bwo kw’isi kenshi na kenshi si ikindi kiretse ko ari ubufyinyi n’ubusamazi biterwa n’ibihendamaso vyayo. Ugukora ivyiza bitegetswe vyungura umuntu mu buzima bw’inyuma yo gupfa, ni vyo vyiza cane ku batinya Imana Allah mu kwubahiriza amabwirizwa yayo. Mbega bantu muhendwa n’ivy’isi! Ntimwogarura ubwenge ngo mutahure ko indishi iri ku Mana Allah ibarutira amaronko y’isi! 33. Ntumwa y’Imana! Burya Twebwe Allah Turazi neza ko wishwe n’intuntu itewe n’igarariza rigirwa n’abantu warungitsweko. Mu vy’ukuri, si wewe bagarariza kuko mu mitima yabo barazi ko uri Intumwa y’ukuri, ariko rero ku kubera akarenganyo n’urwanko, bagarariza Aayah n’ivyemezo bigaragara vyerekana ko uri Intumwa y’ukuri. 34. Ntumwa y’Imana! Humura si wewe ubaye uwa mbere ugararijwe. Ni ukuri, Intumwa z’Imana zaragararijwe aho hambere yawe ziranabangamirwa, maze zirihanganira igararizwa n’ibangamirwa zagiriwe, ziraheza zirashishikara ishikirizabutumwa gushika aho zigera ku ntsinzi yacu Twebwe Allah. Nta wushobora guhindura amajambo y’Imana Allah Yahishuriye Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’Impuhwe z’Imana Allah), Iyisezeranira gutsinda abayirwanya. Ntumwa y’Imana! Waramaze gushikirwa n’inkuru y’intsinzi y’Intumwa zarungitswe hambere yawe. 35. Ntumwa y’Imana! Niwaremerwa n’igarariza ryabo ryo kutakwumvira, uraheza wihangane. Usangwa ushobora guca inzira ica mu kuzimu, canke ukurira ingazi igushikana mw’ijuru, maze ukabazanira icemezo cerekana ukuri ku vyo ushikiriza, kitari mu vyo Twaguhishuriye, urakizana. Iyo rero Imana Allah Ishaka, Yari kubashoboza bose kuba abagororotsi, ariko rero ntiyabigize ukwo ku mvo zizwi gusa na Yo. Kubera ivyo rero, ntukabe mu bantu badatahura Imana Allah, bicwa n’intuntu bakihebura.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute