Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
021

Al-Anbiya 21:111 وان ادري لعله فتنة لكم ومتاع الى حين ١١١

21:111
وَإِنۡ
أَدۡرِي
لَعَلَّهُۥ
فِتۡنَةٞ
لَّكُمۡ
وَمَتَٰعٌ
إِلَىٰ
حِينٖ
١١١
Vyongeye, sinzi rero kumbure ko itenyenya ku bihano mwihutira gusaba ko vyoshika, harimwo igeragezwa kuri mwebwe kugira muryoherwe gato mu buzima bwo kw’isi, maze mubandanye mugarariza, gutyo muzohabwe ibihano ruhasha".
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The main Objective of Revelation is that Allah be worshipped

Allah commands His Messenger to say to the idoators:

إِنَّمَآ يُوحَى إِلَىَّ أَنَّمَآ إِلَـهُكُمْ إِلَـهٌ وَحِدٌ فَهَلْ أَنتُمْ مُّسْلِمُونَ

("It is revealed to me that your God is only one God. Will you then be Muslims") meaning, will you th

…

The main Objective of Revelation is that Allah be worshipped

Allah commands His Messenger to say to the idoators:

إِنَّمَآ يُوحَى إِلَىَّ أَنَّمَآ إِلَـ

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 21, Page 331, Juz 17

107. Ntumwa y’Imana! Ntitwakurungitse atari ukugira ubere impuhwe amajini n’abantu bose, gutyo hagire amahirwe uwukwemeye, hahombe uwuguhakanye. 108. Ntumwa y’Imana! Vuga uti: “Ni ukuri ivyo nahishuriwe, ni uko vy’ukuri Imana yanyu Ikwiye gusengwa ari Imana Imwe Rudende Allah, nimwicishe bugufi rero kuri Yo mube abislamu, muheze muyisenge mutayibangikanya”. 109. Nibagenza umugongo bakirengagiza kuba abislamu, uraheza ubabwire uti: “Ndabararikira mwese gukurikira ivyo nahishuriwe, burya jewe na mwe turi co kimwe mu bumenyi bw’ivyo ndabagabishako, nanje sinzi rero ibihano mugabishwako aho bizoshikira, ko vyoba biri hafi gushika canke biri kure! 110. Mu vy’ukuri Imana Allah, Irazi neza amajambo mugaragaza n’ayo muhisha mu mitima yanyu, Izoyabahembera; 111. Vyongeye, sinzi rero kumbure ko itenyenya ku bihano mwihutira gusaba ko vyoshika, harimwo igeragezwa kuri mwebwe kugira muryoherwe gato mu buzima bwo kw’isi, maze mubandanye mugarariza, gutyo muzohabwe ibihano ruhasha". 112. Umuvugishwamana Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) yavuze ati: “Mana yanje Rurema Allah! Ducire urw’ukuri twebwe n’abaduhakana. Dusaba rero Imana yacu Rurema Nyenimpuhwe Allah, Yo Yifashishwa mu kwihanganira ivyo muvuga mudutega imisi mw’irementanya n’igarariza”.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute