Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
021

Al-Anbiya 21:24 ام اتخذوا من دونه الهة قل هاتوا برهانكم هاذا ذكر من معي وذكر من قبلي بل اكثرهم لا يعلمون الحق فهم معرضون ٢٤

21:24
أَمِ
ٱتَّخَذُواْ
مِن
دُونِهِۦٓ
ءَالِهَةٗۖ
قُلۡ
هَاتُواْ
بُرۡهَٰنَكُمۡۖ
هَٰذَا
ذِكۡرُ
مَن
مَّعِيَ
وَذِكۡرُ
مَن
قَبۡلِيۚ
بَلۡ
أَكۡثَرُهُمۡ
لَا
يَعۡلَمُونَ
ٱلۡحَقَّۖ
فَهُم
مُّعۡرِضُونَ
٢٤
Mbega ababangikanyamana bigiriye imana mu gishingo c’Imana Allah kuko zoba zishoboye kugira ico zimaze canke zishe; zishoboye gutanga ubuzima canke kubwaka! Ntumwa y’Imana! Babwire uti: “Nimuzane rero ivyemezo vyerekana ko ibigirwamana ari imana koko zikwiye gusengwa! Nta na kimwe kivyemeza kiri muri iyi Qor’ani nahishuriwe, canke kiri mu Bitabu vyahawe abo hambere yanje”. Ahubwo rero ababangikanyamana basenga ibigirwamana ku bujuju bwo kwigana ivyo batazi, kuko abenshi muri bo ntibazi ukuri; n’iyo bashikirijwe ukuri barakwirengagiza.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

أَمِ اتَّخَذُواْ مِن دُونِهِ ءَالِهَةً قُلْ

(Or have they taken for worship gods besides Him Say:) -- O Muhammad --

هَاتُواْ بُرْهَـنَكُمْ

(Bring your proof.) your evidence for what you are saying.

هَـذَا ذِكْرُ مَن مَّعِىَ

(This is the Reminder for those with me) means, the Qur'an.

وَذِكْرُ مَن قَبْلِى

(a

…
أَمِ اتَّخَذُواْ مِن دُونِهِ ءَالِهَةً قُلْ

(Or have they taken for worship gods besides Him Say:) -- O Muhammad --

هَاتُواْ بُرْهَـنَكُمْ

(Bring your pr

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 21, Page 323, Juz 17

19. Ni Yo Rugaba Igaba Ikaganza ibiremwa vyose biri mu majuru no mw’isi, kandi n’abamalayika bari ku Mana Allah, ntibagira amanyama ngo bareke kuyiyegereza mu vyo bagira, eka ntibanadebukirwa mu kuyisenga; 20. Baninahaza Imana Allah ijoro n’umurango, ntibigera baruha canke ngo bagire ubute. 21. Bishoboka gute ko ababangikanyamana bigirira imana zabo bibaziye n'iminwe yabo kw’isi, ata na kimwe zishoboye! 22. Iyo mu majuru n’isi haba hariyo imana zindi atari Imana Allah, zitunganya ubuzima bw'ibiremwa bibayo, itunganywa rya nya buzima ryari guhungabana. Nihaninahazwe rero Imana Allah, Nyenubuhangamo mu buryo burengeye cane ivyo abagarariji bayitirira. 23. Imana Allah ntibazwa ku vyo Yageze ku biremwa Ikanabishira mu ngiro, mu gihe ibiremwa vyose bizobazwa ku vyo vyakoze. 24. Mbega ababangikanyamana bigiriye imana mu gishingo c’Imana Allah kuko zoba zishoboye kugira ico zimaze canke zishe; zishoboye gutanga ubuzima canke kubwaka! Ntumwa y’Imana! Babwire uti: “Nimuzane rero ivyemezo vyerekana ko ibigirwamana ari imana koko zikwiye gusengwa! Nta na kimwe kivyemeza kiri muri iyi Qor’ani nahishuriwe, canke kiri mu Bitabu vyahawe abo hambere yanje”. Ahubwo rero ababangikanyamana basenga ibigirwamana ku bujuju bwo kwigana ivyo batazi, kuko abenshi muri bo ntibazi ukuri; n’iyo bashikirijwe ukuri barakwirengagiza.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute