Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
021

Al-Anbiya 21:25 وما ارسلنا من قبلك من رسول الا نوحي اليه انه لا الاه الا انا فاعبدون ٢٥

21:25
وَمَآ
أَرۡسَلۡنَا
مِن
قَبۡلِكَ
مِن
رَّسُولٍ
إِلَّا
نُوحِيٓ
إِلَيۡهِ
أَنَّهُۥ
لَآ
إِلَٰهَ
إِلَّآ
أَنَا۠
فَٱعۡبُدُونِ
٢٥
Ntumwa y’Imana! Twebwe Allah, Ntitwigeze Dutuma aho hambere yawe, kiretse ko Twatuma Intumwa Tugaheza rero Tukayihishurira ko ata mana ibwirijwe gusengwa atari Jewe Allah. Kubera ivyo rero, nimunyiyegereze mu vyo mukora vyose munsenge mutambangikanya.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

أَمِ اتَّخَذُواْ مِن دُونِهِ ءَالِهَةً قُلْ

(Or have they taken for worship gods besides Him Say:) -- O Muhammad --

هَاتُواْ بُرْهَـنَكُمْ

(Bring your proof.) your evidence for what you are saying.

هَـذَا ذِكْرُ مَن مَّعِىَ

(This is the Reminder for those with me) means, the Qur'an.

وَذِكْرُ مَن قَبْلِى

(a

…
أَمِ اتَّخَذُواْ مِن دُونِهِ ءَالِهَةً قُلْ

(Or have they taken for worship gods besides Him Say:) -- O Muhammad --

هَاتُواْ بُرْهَـنَكُمْ

(Bring your pr

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 21, Page 324, Juz 17

25. Ntumwa y’Imana! Twebwe Allah, Ntitwigeze Dutuma aho hambere yawe, kiretse ko Twatuma Intumwa Tugaheza rero Tukayihishurira ko ata mana ibwirijwe gusengwa atari Jewe Allah. Kubera ivyo rero, nimunyiyegereze mu vyo mukora vyose munsenge mutambangikanya. 26. Ababangikanyamana bavuze bati: “Nyenimpuhwe Allah, Yarigeneye umwana mu bamalayika”. Nihaninahazwe Imana Allah mu buryo burengeye cane kwitirirwa umwana, ahubwo abamalayika ni abaja bayo batewe iteka; 27. Bumvira Imana Allah koko, ntibitanganiza kuvuga kiretse ivyo bategetswe na Yo, kandi nta n’ikintu na kimwe bakora batabanje guhabwa uburenganzira na Yo. 28. Imana Allah, Irazi neza ibikorwa n’abamalayika, muri kahise no muri kazoza kabo. Eka ntibitanganiza kuvugira n’umwe ku vyo yakoze, kiretse uwo Imana Allah Ishimye ko bamuvugira; kandi ku gutinya Imana Allah, barinengesera guca kubiri n’amabwirizwa yayo. 29. No mu gihe vyoshika mu bamalayika hakagira uwinamura akavuga ati: “Jewe mu vy’ukuri, ndi imana mu gishingo c’Imana Allah”, uyo Twoca Tumuha indishi y’umuriro wa Jahannamu. Ni nk’iyo ndishi nyene y’umuriro rero Duha abirenganya bakabangikanya Imana Allah.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute