Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
021

Al-Anbiya 21:47 ونضع الموازين القسط ليوم القيامة فلا تظلم نفس شييا وان كان مثقال حبة من خردل اتينا بها وكفى بنا حاسبين ٤٧

21:47
وَنَضَعُ
ٱلۡمَوَٰزِينَ
ٱلۡقِسۡطَ
لِيَوۡمِ
ٱلۡقِيَٰمَةِ
فَلَا
تُظۡلَمُ
نَفۡسٞ
شَيۡـٔٗاۖ
وَإِن
كَانَ
مِثۡقَالَ
حَبَّةٖ
مِّنۡ
خَرۡدَلٍ
أَتَيۡنَا
بِهَاۗ
وَكَفَىٰ
بِنَا
حَٰسِبِينَ
٤٧
Twebwe Allah, Tuzotereka umunzani utunganye wo kugererako ibikorwa vy’ibiremwa ku musi w’izuka, nta n’umwe rero azorenganywa ku kintu na kimwe mu vyo yakoze, n’aho coba gito kingana n’urutete rwa Khardal1 rungana n'urutete rw'ururo, Tuzokimugerera kuri nya munzani maze Tukimuhembere, caba iciza canke ikibi. Ni na Twebwe Allah Dukwiye kuba Ababungabunzi Bahembera ibiremwa ku vyo vyakoze.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

How the Idolators are deceived by their long and luxurious Lives in this World, and the Explanation of the Truth

Allah explains that they have been deceived and misled by the luxuries that they enjoy in this world and the long life that they have been given, so they believe that they are following so

…

How the Idolators are deceived by their long and luxurious Lives in this World, and the Explanation of the Truth

Allah explains that they have been dec

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 21, Page 326, Juz 17

42. Ntumwa y’Imana! Vuga ubwire abihutira gusaba ko bohanwa, uti: “Nta n’umwe ashoboye kubuza ibihano vya Nyenimpuhwe Allah mu gihe Yoshaka kubahana mw’ijoro canke ku murango, musinziriye canke mukanura”. Ahubwo abagarariji birengagiza Qor’ani yotuma bibuka bakagamburukira Imana yabo Rurema Allah. 43. Mbega none boba bafise imana zoshobora kubakingira ibihano vyacu! Ihibambewe! Izo mana zidashoboye kwirwanako ngo zikingire, zoshobora gute gutabara abazisenga! Kanatsinda na zo nyene ntizizokingirwa namba ibihano vyacu. 44. Ahubwo abagarariji hamwe n’abavyeyi babo, Twabahaye ibihendamaso vy’isi mu matungo n’ibibondo hamwe no kuramba, bituma bihenda ko babihawe ku butore bwabo, gutyo batsimbatara ku bugarariji. Mbega abagarariji, ntibabonye ko Twebwe Allah Dufata isi Tukagabanya inkengera zayo ku kuneshwa kw’abo mu mihingo y’isi, ni bo rero botunanira guhana! 45. Ntumwa y’Imana! Vuga ubwire abo warungitsweko uti: “Mu vy’ukuri, ndabagabisha ku bihano nisunze ivyo nahishuriwe n’Imana Allah muri Qor’ani, nayo ibipfamatwi ntivyumva ngo bikurikire ukuri mu gihe bigabishijwe”. 46. Iyo abagarariji bakorwako gato n’ibihano vy’Imana yawe Rurema Allah, ni ukuri bari kumenya iherezo ryabo ribi, bari no kuvuga bihebuye bati: “Amagorwa arama yemwe! Mu vy’ukuri, twebwe twarirenganije mu gusenga ibigirwamana”. 47. Twebwe Allah, Tuzotereka umunzani utunganye wo kugererako ibikorwa vy’ibiremwa ku musi w’izuka, nta n’umwe rero azorenganywa ku kintu na kimwe mu vyo yakoze, n’aho coba gito kingana n’urutete rwa Khardal rungana n'urutete rw'ururo, Tuzokimugerera kuri nya munzani maze Tukimuhembere, caba iciza canke ikibi. Ni na Twebwe Allah Dukwiye kuba Ababungabunzi Bahembera ibiremwa ku vyo vyakoze.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute