Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
021

Al-Anbiya 21:75 وادخلناه في رحمتنا انه من الصالحين ٧٥

21:75
وَأَدۡخَلۡنَٰهُ
فِي
رَحۡمَتِنَآۖ
إِنَّهُۥ
مِنَ
ٱلصَّٰلِحِينَ
٧٥
Twaranatunganirije Luutwi inema z’ukumushira mu mpuhwe zacu, maze Tumukura mu bihano vyahitanye abantu biwe; mu vy’ukuri, yari mu beranda bagamburukira Imana Allah.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Migration of Ibrahim to Ash-Sham (Greater Syria), accompanied by Lut

Allah tells us that He saved Ibrahim from the fire lit by his people, and brought him out from among them, migrating to the land of Ash-Sham, to the sacred regions thereof.

وَوَهَبْنَا لَهُ إِسْحَـقَ وَيَعْقُوبَ نَافِلَةً

(And We

…

The Migration of Ibrahim to Ash-Sham (Greater Syria), accompanied by Lut

Allah tells us that He saved Ibrahim from the fire lit by his people, and brou

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 21, Page 328, Juz 17

72. Twaranahaye Ibrahimu ikibondo Is-haka igihe yasaba ko yoronswa umwana, Twongererako n'umwuzukuru Yakubu mwene Is-haka; kandi umwe wese muri bo, Twamugize umweranda agamburukira Imana Allah; 73. Twanabagize indongozi zirarikira abantu igamburukiramana ku burenganzira bwacu Twebwe Allah; Twaranabahishuriye gukora ivyiza bisunze amabwirizwa yacu, gutsimbataza isengesho rikwije ibisabwa no gutanga ishikanwa-bwirizwa, baraheza baravyubahiriza koko, kandi kuri Twebwe baricisha bugufi. 74. Na Luutwi nyene Twaramuhaye ubutumwa, gutumbereza ingingo n’ubumenyi bw’amabwirizwa yacu, Turanamurokora mu bihano Twahaye ababa mu gacimbiri ka Saduma, bari bimonogoje mu gukora ivyaha vy'agahomerabunwa. Mu vy’ukuri, abantu bo mu gacimbiri ka Saduma barangwa n’ibibi bitagira izina, bari n’ibigaba birenga ku mabwirizwa y’Imana Allah; 75. Twaranatunganirije Luutwi inema z’ukumushira mu mpuhwe zacu, maze Tumukura mu bihano vyahitanye abantu biwe; mu vy’ukuri, yari mu beranda bagamburukira Imana Allah.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute