Al-Anbiya 21:79 ففهمناها سليمان وكلا اتينا حكما وعلما وسخرنا مع داوود الجبال يسبحن والطير وكنا فاعلين ٧٩
فَفَهَّمۡنَٰهَا
سُلَيۡمَٰنَۚ
وَكُلًّا
ءَاتَيۡنَا
حُكۡمٗا
وَعِلۡمٗاۚ
وَسَخَّرۡنَا
مَعَ
دَاوُۥدَ
ٱلۡجِبَالَ
يُسَبِّحۡنَ
وَٱلطَّيۡرَۚ
وَكُنَّا
فَٰعِلِينَ
٧٩
Ni ukwo rero Twebwe Allah, Turaheza Tumenyesha Sulayimani (nyakugira amahoro y’Imana Allah) ko yobatunganiriza bompi akaja hagati ku neza y’umwe wese; nyenintungwa agategekwa gusubiriza ivyononywe muri nya murima, hanyuma nyenumurima na we akaba arikora kuri nya ntungwa mu kiringo co kurindira ko nya murima wera; hanyuma nya murima niwamara kwera, umwe wese agaheza agasubirana ivyiwe. Kandi burya Dawudi na Sulayimani, umwe wese muri bo, Twebwe Allah Twamuhaye ububasha bwo gufata ingingo n’ubumenyi. Twaranorohereje Dawudi ku buryo imisozi hamwe n’inyoni vyitabira ininahaza n’itaziramana ryiwe. Ivyo vyose rero Twarabikoze.
Read Tafsir
Ibn Kathir (Abridged)
Dawud and Sulayman and the Signs which They were given; the Story of the People whose Sheep pastured at Night in the Field
Abu Ishaq narrated from Murrah from Ibn Mas`ud: "That crop was grapes, bunches of which were dangling." This was also the view of Shurayh. Ibn `Abbas said: "Nafash means grazing.
…Dawud and Sulayman and the Signs which They were given; the Story of the People whose Sheep pastured at Night in the Field
Abu Ishaq narrated from Murr
…