Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
029

Al-'Ankabut 29:33 ولما ان جاءت رسلنا لوطا سيء بهم وضاق بهم ذرعا وقالوا لا تخف ولا تحزن انا منجوك واهلك الا امراتك كانت من الغابرين ٣٣

29:33
وَلَمَّآ
أَن
جَآءَتۡ
رُسُلُنَا
لُوطٗا
سِيٓءَ
بِهِمۡ
وَضَاقَ
بِهِمۡ
ذَرۡعٗاۖ
وَقَالُواْ
لَا
تَخَفۡ
وَلَا
تَحۡزَنۡ
إِنَّا
مُنَجُّوكَ
وَأَهۡلَكَ
إِلَّا
ٱمۡرَأَتَكَ
كَانَتۡ
مِنَ
ٱلۡغَٰبِرِينَ
٣٣
Igihe rero intumwa zacu Twebwe Allah z’abamalayika zashika kwa Luutwi, Luutwi yaragize impungenge ku muzo wazo, kuko yibaza ko ari ingenzi, agatinya ko abantu biwe bozishirako isoni. Za ntumwa z’abamalayika zimaze kwidondora no kumenyesha ikizigenza, zabwiye Luutwi ziti: “Tekana, ntugire ubwoba namba; abantu bawe ntibashobora kwegera n’aho turi, kandi ntiwicwe n’intuntu kw’ihonywa ry’abantu bawe, mu vy’ukuri turakurokora mu bihano wewe hamwe n’umuryango wawe, kiretse umugore wawe aza guhanwa mu bandi;
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Angels went to Ibrahim and then to Lut, may peace be upon them both

When Lut, peace be upon him, asked Allah to help him against them, Allah sent angels to help him. They first came to Ibrahim in the form of guests, so he offered them hospitality in the appropriate manner. When he saw that they h

…

The Angels went to Ibrahim and then to Lut, may peace be upon them both

When Lut, peace be upon him, asked Allah to help him against them, Allah sent a

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 29, Page 400, Juz 20

31. Igihe rero Intumwa zacu z’abamalayika zaca kwa Ibrahimu, zimuzaniye inkuru nziza yuko umukenyezi wiwe Sarah azokwibaruka umwana w’umuhungu yitwa Is-haka, azoheza akamuvyarira umwuzukuru yitwa Yakubu mwene Is-haka, zamubwiye ziti: “Mu vy’ukuri, twebwe twaje guhonya agacimbiri ka Saduma k’abantu ba Luutwi; mu vy’ukuri abantu bo muri nya gacimbiri, bari birenganije mu gukora icaha c’agahomerabunwa”; 32. Ibrahimu yabwiye nya bamalayika ati: “Mu vy’ukuri, muri ako gacimbiri hariyo Luutwi atari mu birenganije!”. Nya bamalayika bamwishura bati: “Twebwe turazi neza abari muri ko; ni ukuri, dutegerezwa kumurokora we hamwe n’umuryango wiwe, kiretse umugore wiwe aza guhanwa mu bandi”. 33. Igihe rero intumwa zacu Twebwe Allah z’abamalayika zashika kwa Luutwi, Luutwi yaragize impungenge ku muzo wazo, kuko yibaza ko ari ingenzi, agatinya ko abantu biwe bozishirako isoni. Za ntumwa z’abamalayika zimaze kwidondora no kumenyesha ikizigenza, zabwiye Luutwi ziti: “Tekana, ntugire ubwoba namba; abantu bawe ntibashobora kwegera n’aho turi, kandi ntiwicwe n’intuntu kw’ihonywa ry’abantu bawe, mu vy’ukuri turakurokora mu bihano wewe hamwe n’umuryango wawe, kiretse umugore wawe aza guhanwa mu bandi; 34. Mu vy’ukuri, duhava tumanurira abantu bo muri kano gacimbiri, ibihano bizananye hejuru ku kubera ubugaba bwabo bwo kurenga ku mabwirizwa y’Imana Allah, bagakora icaha c’agahomerabunwa”. 35. Ni ukuri Twebwe Allah, Twarasigaje mu mihana y’abantu ba Luutwi, icemezo kigaragara cotuma abantu b’abanyabwenge batahura ubushobozi n'ububasha vy’Imana Allah, bakikebuka, bagaheza bakayigamburukira.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute