Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
007

Al-A'raf 7:164 واذ قالت امة منهم لم تعظون قوما الله مهلكهم او معذبهم عذابا شديدا قالوا معذرة الى ربكم ولعلهم يتقون ١٦٤

7:164
وَإِذۡ
قَالَتۡ
أُمَّةٞ
مِّنۡهُمۡ
لِمَ
تَعِظُونَ
قَوۡمًا
ٱللَّهُ
مُهۡلِكُهُمۡ
أَوۡ
مُعَذِّبُهُمۡ
عَذَابٗا
شَدِيدٗاۖ
قَالُواْ
مَعۡذِرَةً
إِلَىٰ
رَبِّكُمۡ
وَلَعَلَّهُمۡ
يَتَّقُونَ
١٦٤
Ntumwa y'Imana! Ibuka kandi n'igihe umugwi w’abantu muri bo wabwira uwundi mugwi w’abahanura abarenga kw’ibwirizwa ryo kutaroba ku musi w'isabato wubashwe, uti: “Ni kuki muhanura abantu, Imana Allah Izobahonya kw’isi kubera ivyaha bakora, canke Ikazobahana mu buzima bw’inyuma yo gupfa!”. Abahanura abarenga kuri nya bwirizwa, bishuye bati: “Tubahanura twubahiriza ibwirizwa ryo kubwiriza ivyiza n’iryo kubuza ibibi, kugira tuzoronke icireguzo ku Mana yanyu Rurema Allah ko twabahanuye”. Iryo hanurwa ryabo rero, kwari kugira bagamburukire Imana Allah mu kutarenga ku mabwirizwa yayo.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Those Who breached the Sabbath were turned into Monkeys, butThose Who prohibited Their Actions were saved

Allah said that the people of this village were divided into three groups, a group that committed the prohibition, catching fish on the Sabbath, as we described in the Tafsir of Surat Al-Baqarah.

…

Those Who breached the Sabbath were turned into Monkeys, butThose Who prohibited Their Actions were saved

Allah said that the people of this village we

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 7, Page 172, Juz 9

163. Ntumwa y’Imana! Baza abayahudi ku nkuru y’abantu bigeze kuba mu gisagara kiri ku nkengera y’ibahari, igihe barenga kw’ibwirizwa ry’Imana Allah ryo kutaroba ifi ku musi w'isabato wubashwe bategetswe kwubaha no kwubahiriza, Imana Allah Iraheza Irabagerageza ku buryo ifi zagwirirana ku nkengera z’ibahari ku musi w'isabato gusa, ku yindi misi zikaguma mw’ibahari. Baraheza rero bakazitega urusenga ku musi w'isabato, maze bakazitegura ku musi ukurikira. Ni nk’ukwo nyene rero Tubagerageza ku bubegito bwabo bwo kurenga ku mabwirizwa yacu. 164. Ntumwa y'Imana! Ibuka kandi n'igihe umugwi w’abantu muri bo wabwira uwundi mugwi w’abahanura abarenga kw’ibwirizwa ryo kutaroba ku musi w'isabato wubashwe, uti: “Ni kuki muhanura abantu, Imana Allah Izobahonya kw’isi kubera ivyaha bakora, canke Ikazobahana mu buzima bw’inyuma yo gupfa!”. Abahanura abarenga kuri nya bwirizwa, bishuye bati: “Tubahanura twubahiriza ibwirizwa ryo kubwiriza ivyiza n’iryo kubuza ibibi, kugira tuzoronke icireguzo ku Mana yanyu Rurema Allah ko twabahanuye”. Iryo hanurwa ryabo rero, kwari kugira bagamburukire Imana Allah mu kutarenga ku mabwirizwa yayo. 165. Umugwi w’abarenga kw’ibwirizwa ryo kutaroba ku musi w'isabato, umaze gufata minenegwe ivyo wibutswa ukarendegera mu gucumura, Twebwe Allah Twararokoye mu bihano ababuza abandi gukora icaha co kurenga ku mabwirizwa, Turaheza Duha ibihano bibabaza abirenganije mu kurenga kw’ibwirizwa ryo kutaroba ku musi w’isabato, kubera ubugaba bwabo bwo kurenga ku mabwirizwa yacu. 166. Bamaze kurendegera rero mu kurenga ku vyo babujijwe, bagashishikara baroba ku musi w’isabato, Imana Allah Yababwiye Iti: “Nimuhinduke rero inkende musuzugurike”, bashoka bacika inkende. 167. Ntumwa y’Imana! Ibuka n'igihe Imana yawe Rurema Allah Yamenyesha icese, ko Itegerezwa kurungikira abayahudi uwuzobaha ibihano vy'akataraboneka, bagasuzugurika gushika ku musi w’umuhero w’isi. Mu vy’ukuri, Imana yawe Rurema Allah ni ukuri Irananyarutsa mu guhana ibigaba mu biremwa. Ni ukuri rero, ni na Yo Nyenimbabazi-ntangere ku bigaya; Nyenimbabazi ku batoni bayo. 168. Bene Israyeli Twaranabaciyemwo imigwimigwi Tubanyanyagiza kw’isi; muri bo rero, harimwo abagororotsi bubaha bakubahiriza agateka k’Imana Allah n’agateka k’ibiremwa, hakabamwo n’abandi birenganya mu kutubahiriza amabwirizwa y’Imana Allah. Abo rero, Twarabagerageje ku kuroranirwa bakoroherwa mu buzima, Twaranabagerageje no ku magorwa n’amaganya kugira bagaruke bigaye ku Mana Allah;

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute