Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
007

Al-A'raf 7:173 او تقولوا انما اشرك اباونا من قبل وكنا ذرية من بعدهم افتهلكنا بما فعل المبطلون ١٧٣

7:173
أَوۡ
تَقُولُوٓاْ
إِنَّمَآ
أَشۡرَكَ
ءَابَآؤُنَا
مِن
قَبۡلُ
وَكُنَّا
ذُرِّيَّةٗ
مِّنۢ
بَعۡدِهِمۡۖ
أَفَتُهۡلِكُنَا
بِمَا
فَعَلَ
ٱلۡمُبۡطِلُونَ
١٧٣
Canke kugira ntimuzovuge mwigovyora muti: “Ni ukuri, ba data gusa ni bo barenze kw’isezerano aho hambere, baraheza babangikanya Imana Allah, gutyo na twe mu nyuma dushoka tubakurikira ukwo. None ga Mana! Ushaka kuduhonya, Uduhora icaha cakozwe n’abakubangikanije bigatuma ibikorwa vyabo bicika impfagusa!”.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Covenant taken from the Descendants of Adam

Allah stated that He brought the descendants of Adam out of their fathers' loins, and they testified against themselves that Allah is their Lord and King and that there is no deity worthy of worship except Him. Allah created them on this Fitrah, or way,

…

The Covenant taken from the Descendants of Adam

Allah stated that He brought the descendants of Adam out of their fathers' loins, and they testified ag

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 7, Page 173, Juz 9

172. Ntumwa y’Imana! Ibuka n’igihe Imana yawe Rurema Allah Yaha isezerano Bene Adamu bakiri intanga mu migongo ya ba se, ko boyisenga ari Imwe Rudende, Iraheza Ibagira ivyabona kuri nya sezerano, Iti: “Si Jewe Mana yanyu Rurema Allah, mukwiye gusenga mutambangikanije!”. Baraheza bishura bemanga bati: “Wobuzwa n’iki kuba Imana yacu Allah dusenga ari Imwe Rudende! Ego cane turavyemanze”. Twabagize ivyabona kuri iryo sezerano rero, kugira ntimuzohave muvuga mwiregura ku musi w’izuka muti: “Mu vy’ukuri, ntitwigeze tumenya ko hakwiye gusengwa Imana Imwe Rudende Allah! Twari twaragoswe n’ubujuju bwo kutamenya, tuba ba sindabibazwa”; 173. Canke kugira ntimuzovuge mwigovyora muti: “Ni ukuri, ba data gusa ni bo barenze kw’isezerano aho hambere, baraheza babangikanya Imana Allah, gutyo na twe mu nyuma dushoka tubakurikira ukwo. None ga Mana! Ushaka kuduhonya, Uduhora icaha cakozwe n’abakubangikanije bigatuma ibikorwa vyabo bicika impfagusa!”. 174. Ntumwa y'Imana! Ni nk’uko nyene rero Twebwe Allah - Twatomoye Aayah zacu n’ibihano Twahaye abazihakanye - Dutomorera abantu warungitsweko Aayah n'ivyemezo kugira bavavanure n’ibangikanyamana, baheze bagaruke ku Mana yabo Rurema Allah.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute