Al-A'raf 7:179 ولقد ذرانا لجهنم كثيرا من الجن والانس لهم قلوب لا يفقهون بها ولهم اعين لا يبصرون بها ولهم اذان لا يسمعون بها اولايك كالانعام بل هم اضل اولايك هم الغافلون ١٧٩
وَلَقَدۡ
ذَرَأۡنَا
لِجَهَنَّمَ
كَثِيرٗا
مِّنَ
ٱلۡجِنِّ
وَٱلۡإِنسِۖ
لَهُمۡ
قُلُوبٞ
لَّا
يَفۡقَهُونَ
بِهَا
وَلَهُمۡ
أَعۡيُنٞ
لَّا
يُبۡصِرُونَ
بِهَا
وَلَهُمۡ
ءَاذَانٞ
لَّا
يَسۡمَعُونَ
بِهَآۚ
أُوْلَٰٓئِكَ
كَٱلۡأَنۡعَٰمِ
بَلۡ
هُمۡ
أَضَلُّۚ
أُوْلَٰٓئِكَ
هُمُ
ٱلۡغَٰفِلُونَ
١٧٩
Ni ukuri, Twebwe Allah Twaremeye umuriro wa Jahannamu abagarariji benshi mu bantu no mu majini; abafise imishaha ntibaheze ngo bayikoreshe mu gutahura; bakagira n’amaso ntibaheze ngo bayakoreshe mu kubona Aayah n'ivyemezo vyacu; bakagira n’amatwi ntibaheze ngo bayakoreshe mu kwumviriza Aayah z’Imana Allah zikabanyura. Abo ni bo rero, babayeho nk’ibitungwa bitumva ngo bitahure ico bibwirwa, bitabona ngo biheze bitandukanye iciza n’ikibi. Ahubwo mbere bobo barahuvye gusumba ivyo bitungwa1. Abo ni bo rero bagoswe, ntibemera Imana Allah ngo bayumvire, bigira ba sindabibazwa.
Read Tafsir
Ibn Kathir (Abridged)
Disbelief and the Divine Decree
Allah said,
وَلَقَدْ ذَرَأْنَا لِجَهَنَّمَ
(And surely, We have created for Hell) We made a share in the Fire for,
كَثِيرًا مِّنَ الْجِنِّ وَالإِنْسِ
(many of the Jinn and mankind) We prepared them for it by their performance of the deeds of its people. When Allah intended
…Disbelief and the Divine Decree
Allah said,
وَلَقَدْ ذَرَأْنَا لِجَهَنَّمَ
(And surely, We have created for Hell) We made a share in the Fire for,
كَثِيرً
…