Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
007

Al-A'raf 7:68 ابلغكم رسالات ربي وانا لكم ناصح امين ٦٨

7:68
أُبَلِّغُكُمۡ
رِسَٰلَٰتِ
رَبِّي
وَأَنَا۠
لَكُمۡ
نَاصِحٌ
أَمِينٌ
٦٨
Ndabashikiriza ubutumwa Imana yanje Rurema Allah Yandungikanye, kandi ndi n’umuhanuzi wanyu w’umwizigirwa mu vyo nahishuriwe.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Story of Hud, Peace be upon Him, and the Lineage of the People of `Ad

Allah says, just as We sent Nuh to his people, similarly, to the `Ad people, We sent Hud one of their own brethren. Muhammad bin Ishaq said that the tribe of `Ad were the descendants of `Ad, son of Iram, son of `Aws, son of Sam

…

The Story of Hud, Peace be upon Him, and the Lineage of the People of `Ad

Allah says, just as We sent Nuh to his people, similarly, to the `Ad people,

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 7, Page 159, Juz 8

65. Ni ukuri Twebwe Allah, Twaranatumye kuri Bene Aadi mwenewabo Huudi igihe basenga ibishusho mu gishingo c’Imana Allah, araheza ababwira ati: “Bantu banje! Nimwiyegereze Imana Allah mu vyo mukora vyose munayisenge mutayibangikanya, nta yindi mana mufise ikwiye gusengwa atari Yo. Ubwo ntimwotinya ibihano vyayo!”. 66. Abarongoye abagararije mu bantu biwe bamwishuye bati: “Twebwe mu vy’ukuri tubona ko uri umukehabwenge, kandi twiyumvira ko uri no mu babeshi mu vyo ushikiriza ku Mana”. 67. Huudi yababwiye ati: “Bantu banje! Ihibambewe si ndi umukehabwenge! Ariko jewe ndi Intumwa ivuye ku Mama Allah, Umubungabunzi w’ibiremwa vyose. 68. Ndabashikiriza ubutumwa Imana yanje Rurema Allah Yandungikanye, kandi ndi n’umuhanuzi wanyu w’umwizigirwa mu vyo nahishuriwe. 69. Mbega mutangazwa n’uko Imana Allah Yabamanuriye urwibutso ku neza yanyu, Irucishije ku muntu Yahisemwo muri mwebwe, musanzwe muzi inkomoko n’ukuri kwiwe kugira abagabishe ku bihano vyayo! Nimwibuke n’igihe Yabaha kubaho mukurakuranwa kw’isi, inyuma y’aho Ihonereje abantu ba Nuhu, Ikanabongerereza inkomezi mu ndemo! Nimwibuke rero inema z’umurengera Imana Allah Yabahaye, kugira muronke intsinzi kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa”. 70. Bene Aadi babwiye Huudi n’agasuzuguro kenshi bati: “Aho nyene uturarikiye kwiyegereza mu vyo dukora vyose Imana Imwe Rudende Allah tunayisenge ari Yo Yonyene, duheze tuvavanure n’ibigirwamana vyasengwa n’abavyeyi bacu! Biri ukwo rero, duhe ibihano udusezeranira niwaba uri mu mvugakuri!” 71. Huudi yabishuye abihaniza ati: “Ni ukuri, mwamaze gushikirwa n’ibihano n’ishavu ry’Imana yanyu Rurema Allah. Ubu murashishikaye kumpaririza kuri ibi bishusho mwagize ibigirwamana mwebwe hamwe n’abavyeyi banyu, ata n’icemezo Imana Allah Yigeze Imanura kirekurira isengwa ryavyo! Kubera ivyo rero, nimurindire ishika ry’ivyo bihano musaba, na nje ndindiriye hamwe na mwe”. 72. Ni ho rero bashikirwa n’ibihano vy’igihuhusi cabahoneje. Turaheza Twebwe Allah Turokora Huudi n’abemeramana bari kumwe ku mpuhwe zacu, Duhonya abahakanye ivyemezo vyacu bose, kanatsinda ntibari no mu bemeramana.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute