Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
007

Al-A'raf 7:81 انكم لتاتون الرجال شهوة من دون النساء بل انتم قوم مسرفون ٨١

7:81
إِنَّكُمۡ
لَتَأۡتُونَ
ٱلرِّجَالَ
شَهۡوَةٗ
مِّن
دُونِ
ٱلنِّسَآءِۚ
بَلۡ
أَنتُمۡ
قَوۡمٞ
مُّسۡرِفُونَ
٨١
Mu vy’ukuri, mwebwe murangurana amabanga y’abubatse n’abagabo nkamwe, mukirengagiza abakenyezi mwarekuriwe n’Imana Allah ko mworangurana amabanga y’abubatse, ahubwo rero mwebwe muri abantu bimonogoje mu kurenga ku mabwirizwa mu gutururuza ibishobisho ”.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Story of Prophet Lut, upon Him be Peace, and His People

Allah said, We sent,

وَ

(And)

لُوطاًإِذْ قَالَ لِقَوْمِهِ

(Lut, when he said to his people..) Lut (Lot) is the son of Haran the son of Azar (Terah), and he was the nephew of Ibrahim, peace be upon them both. Lut had believed in Ibrahim and mig

…

The Story of Prophet Lut, upon Him be Peace, and His People

Allah said, We sent,

وَ

(And)

لُوطاًإِذْ قَالَ لِقَوْمِهِ

(Lut, when he said to his people..)

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 7, Page 160, Juz 8

80. Ntumwa y’Imana! Ibuka n’igihe Luutwi yabwira abantu biwe ati: “Murakenyeye mukore icaha c’agahomerabunwa kitigeze gikorwa aho hambere yanyu n’umuntu n’umwe mu biremwa! 81. Mu vy’ukuri, mwebwe murangurana amabanga y’abubatse n’abagabo nkamwe, mukirengagiza abakenyezi mwarekuriwe n’Imana Allah ko mworangurana amabanga y’abubatse, ahubwo rero mwebwe muri abantu bimonogoje mu kurenga ku mabwirizwa mu gutururuza ibishobisho ”. 82. Ico gihe nta nyishu yatanzwe n’abantu ba Luutwi kiretse ukubwirana hagati yabo bamushinyaguriza, bati: “Luutwi n’umuryango wiwe nimubirukane mu gisagara canyu. Mu vy’ukuri, bo ni abantu biyubashe”. 83. Ni ho Twebwe Allah Twategeka Luutwi n’umuryango wiwe kuva muri nya gisagara, Tukabarokora mu bihano vyari bigiye gushika, kiretse umugore wiwe yari mu bahonejwe n’ibihano. 84. Twabahanishije rero imvura y’amabuye no kwubikwako igisagara cabo. Ntumwa y’Imana! Raba rero ukuntu iherezo ry’inkozi z’ikibi zihakana Intumwa zacu ryagenze.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute