Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
007

Al-A'raf 7:86 ولا تقعدوا بكل صراط توعدون وتصدون عن سبيل الله من امن به وتبغونها عوجا واذكروا اذ كنتم قليلا فكثركم وانظروا كيف كان عاقبة المفسدين ٨٦

7:86
وَلَا
تَقۡعُدُواْ
بِكُلِّ
صِرَٰطٖ
تُوعِدُونَ
وَتَصُدُّونَ
عَن
سَبِيلِ
ٱللَّهِ
مَنۡ
ءَامَنَ
بِهِۦ
وَتَبۡغُونَهَا
عِوَجٗاۚ
وَٱذۡكُرُوٓاْ
إِذۡ
كُنتُمۡ
قَلِيلٗا
فَكَثَّرَكُمۡۖ
وَٱنظُرُواْ
كَيۡفَ
كَانَ
عَٰقِبَةُ
ٱلۡمُفۡسِدِينَ
٨٦
Ntimugategerere abantu ku nzira, mubatera ubwoba bwo kwicwa mu gihe batabahaye amatungo yabo, muburagiza n’abemera Imana Allah kwinjira mw’idini ryayo, mwipfuza ko ridatumbera ukuri, rikubahirizwa nk’uko mubishaka. Nimwibuke kandi inema mwahawe n’Imana Allah igihe mwari inkehwa, Imana Allah Ikabagwiza mugaheza mukaba ibihangange, kandi murabe n’ukuntu iherezo ry’abagenzwa n’ubwononyi kw’isi ryagenze.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Prophet Shu`ayb forbade his people from setting up blockades on the roads, saying,

وَلاَ تَقْعُدُواْ بِكُلِّ صِرَطٍ تُوعِدُونَ

("And sit not on every road, threatening,") threatening people with death if they do not give up their money, as they were bandits, according to As-Suddi. Ibn `Abbas, Mujahid

…

Prophet Shu`ayb forbade his people from setting up blockades on the roads, saying,

وَلاَ تَقْعُدُواْ بِكُلِّ صِرَطٍ تُوعِدُونَ

("And sit not on every ro

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 7, Page 161, Juz 8

85. Ni ukuri, Twebwe Allah Twaranatumye ku bwoko bwa “Madiyana” mwenewabo Shu’ayibu, araheza ababwira ati: “Bantu banje! Nimwiyegereze Imana Allah mu vyo mukora vyose munayisenge mutayibangikanya, nta yindi mana mufise ikwiye gusengwa atari Yo, ni ukuri mwarashikiriwe n’ivyemezo bivuye ku Mana yanyu Rurema Allah, nimutunganirize rero abantu mu gukwiza ingero n’iminzane; kandi ntimukagabanye na gato ku vyo bagenewe ngo mubarenganye, ntimukanagenzwe n’ubwononyi bwo kurenganya no kugarariza kw’isi, inyuma y’aho Intumwa z’aho hambere yanyu zitunganirije mu kwisunga iyumviramana. Ivyo ndabararikiye rero, harimwo ineza kuri mwebwe kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa nimwaba muvyemera, muvyubahiriza. 86. Ntimugategerere abantu ku nzira, mubatera ubwoba bwo kwicwa mu gihe batabahaye amatungo yabo, muburagiza n’abemera Imana Allah kwinjira mw’idini ryayo, mwipfuza ko ridatumbera ukuri, rikubahirizwa nk’uko mubishaka. Nimwibuke kandi inema mwahawe n’Imana Allah igihe mwari inkehwa, Imana Allah Ikabagwiza mugaheza mukaba ibihangange, kandi murabe n’ukuntu iherezo ry’abagenzwa n’ubwononyi kw’isi ryagenze. 87. Nihaba muri mwebwe hari umugwi wemeye ivyo narungikanwe n’Imana Allah, hari n’uwundi mugwi utigeze uvyemera. Nimutenyenye rero bahakanyi, murindire igihe Imana Allah Izoruducira, Ikabaha ibihano nabagabishijeko. Ni na Yo rero Mwiza w’abacamanza batunganiriza ibiremwa.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute