Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
090

Al-Balad 90:7 ايحسب ان لم يره احد ٧

90:7
أَيَحۡسَبُ
أَن
لَّمۡ
يَرَهُۥٓ
أَحَدٌ
٧
Mbega, yibaza ko ata n’umwe amubona akazomuhera ku vyo yakoze, vyaba bike canke vyinshi!
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Which was revealed in Makkah

بِسْمِ اللَّهِ الرَّحْمَـنِ الرَّحِيمِ

In the Name of Allah, the Most Gracious, the Most Merciful.

Swearing by the Sanctity of Makkah and Other Things that Man was created in Hardship

Here Allah has sworn by Makkah, the Mother of the Towns, addressing its resident (during t

…

Which was revealed in Makkah

بِسْمِ اللَّهِ الرَّحْمَـنِ الرَّحِيمِ

In the Name of Allah, the Most Gracious, the Most Merciful.

Swearing by the Sanctity

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 90, Page 594, Juz 30

1. Jewe Allah, Ndarahiye kuri iki gisagara ceranda ca Makka! 2. Kikaba ari na co wewe Intumwa Muhamadi urekuriwe gukoreramwo ico ushatse. 3. Ndarahiye kandi no ku kiremwa kivyara (ari co Adamu) n’ikivyarwa (mu rwaruka rwiwe)! 4. Ko mu vy’ukuri Twebwe Allah Twaremye, ikiremwa-muntu kizohura n’umuruho ku wundi kw’isi kugeza gupfa. 5. Mbega umuntu kubera amatungo yegeranije, yibaza ko ata wuzoshobora kumugonda! 6. Avuga yihaya ngo: “Naratanze amatungo menshi cane!”. 7. Mbega, yibaza ko ata n’umwe amubona akazomuhera ku vyo yakoze, vyaba bike canke vyinshi! 8. Mbega, Twebwe Allah Ntitwamuhaye amaso abiri abonesha! 9. Tumuha n’ururimi hamwe n’iminwa ibiri, kugira ashobore gutomora ijambo! 10. Dutako Turamumenyesha Tumutomorera inzira zibiri, iy’iciza n’iy’ikibi, kugira ngo yihitiremwo!

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute