Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
002

Al-Baqarah 2:15 الله يستهزي بهم ويمدهم في طغيانهم يعمهون ١٥

2:15
ٱللَّهُ
يَسۡتَهۡزِئُ
بِهِمۡ
وَيَمُدُّهُمۡ
فِي
طُغۡيَٰنِهِمۡ
يَعۡمَهُونَ
١٥
Imana Allah Izobahembera ugutebura kwabo, Yongere Ibongerereze ubuhuvyi ku buhuvyi bwabo basanganwe, bajuragirike mu kubura ico bafata nico bareka hagati yo kwemera no guhakana.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Hypocrites' Cunning and Deceit

Allah said that when the hypocrites meet the believers, they proclaim their faith and pretend to be believers, loyalists and friends. They do this to misdirect, mislead and deceive the believers. The hypocrites also want to have a share of the benefits and gains tha

…

The Hypocrites' Cunning and Deceit

Allah said that when the hypocrites meet the believers, they proclaim their faith and pretend to be believers, loyal

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 2, Page 3, Juz 1

8. Burya mu bantu, harimwo abajuragirika mu kwemera bakavuga bati: “Twaremeye Imana Allah n’umusi w’imperuka”. Ivyo bakabivuga mu majambo gusa, kandi batemera mu mitima yabo. 9. Bibwira ko bahenda Imana Allah n’abemeramana mu kwiyorobeka kwabo. Burya nta we bahenda kiretse ko ari bo nyene bihenda, ariko ntibavyumva. 10. Mu mitima yabo harimwo indwara y’uburyarya n’ubuhakanyi, gutyo Imana Allah na Yo Ibongerereza iyindi ndwara y’ishari n’inzigo bafitiye abemeramana. Barategekanirijwe ibihano bibabaza, kubera ivyo bahora babesha. 11. Iyo babwiwe bati: “Ntimukwiragize ubwononyi kw’isi”. Bishura bati: “Mu vy’ukuri, twebwe turi intungane turabogora”. 12. Bantu! Nimwumve mwumvireho! Bo ni bo bononyi vy’ukuri, mugabo nta vyo bumva. 13. Iyo naho babwiwe bati: “Nimwemere nk’uko abandi bantu bemeye”. Bishura bati: “Twebwe twokwemera nk’uko abakehabwenge bemeye!” Bantu! Nimwumve mwumvireho! Bo ni bo bakehabwenge, ariko nta vyo bazi. 14. Iyo bahuye n’abemeramana bavuga bati: “Twebwe twaremeye nkamwe”. Mugabo iyo bihereranye amashetani yabo (mu bahakanyi ruhebwa), bavuga bati: “Twebwe turatsimbataye mu buhakanyi hamwe na mwe. Mu vy’ukuri, twebwe turatebura gusa mu kubereka ko twemera”. 15. Imana Allah Izobahembera ugutebura kwabo, Yongere Ibongerereze ubuhuvyi ku buhuvyi bwabo basanganwe, bajuragirike mu kubura ico bafata nico bareka hagati yo kwemera no guhakana. 16. Abo ni bo rero biguze ubuhuvyi ha kurongoka, maze birengagiza kwemera. Nta co bungutse mu rudandazwa rwabo rwo guhurumbira ivy’isi, ntibari no kuba abagororotsi namba muri ubwo buryo.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute