Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
002

Al-Baqarah 2:156 الذين اذا اصابتهم مصيبة قالوا انا لله وانا اليه راجعون ١٥٦

2:156
ٱلَّذِينَ
إِذَآ
أَصَٰبَتۡهُم
مُّصِيبَةٞ
قَالُوٓاْ
إِنَّا
لِلَّهِ
وَإِنَّآ
إِلَيۡهِ
رَٰجِعُونَ
١٥٦
Barya iyo bashikiwe n’ikiza baca bavuga bati: “Mu vy’ukuri, twebwe turi abaja b’Imana Allah, ni Yo Rugaba Itugaba Ikatuganza muri vyose, kandi mu vy’ukuri twebwe, tuzosubira kuri Yo nitwamara gupfa, duheze tuzuke Iduharurire, Iduhembere ivyo twakoze”.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Believer is Patient with the Affliction and thus gains a Reward

Allah informs us that He tests and tries His servants, just as He said in another Ayah:

وَلَنَبْلُوَنَّكُمْ حَتَّى نَعْلَمَ الْمُجَـهِدِينَ مِنكُمْ وَالصَّـبِرِينَ وَنَبْلُوَ أَخْبَـرَكُمْ

(And surely, We shall try you till We test tho

…

The Believer is Patient with the Affliction and thus gains a Reward

Allah informs us that He tests and tries His servants, just as He said in another A

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 2, Page 24, Juz 2

155. Ni ukuri, Tuzobagerageza n’akantu gato mu kugira ubwoba, inzara (amapfa), no mu gukehanirwa n’amatungo canke kuyabura, mu kubura abanyu mu mpfu zisanzwe canke kwicwa mu guharanira idini ry’Imana Allah, mu kugabanuka canke kubura umwimbu mu biterwa mbumbarugo hamwe rero n’ivyamwa. Muvugishwamana! Shikiriza rero abihangana mu gihe c’ibiza n’amagorwa inkuru nziza ihumuriza ko bazohabwa iherezo ryiza mu buzima bwo kw’isi no mu bw’inyuma yo gupfa, 156. Barya iyo bashikiwe n’ikiza baca bavuga bati: “Mu vy’ukuri, twebwe turi abaja b’Imana Allah, ni Yo Rugaba Itugaba Ikatuganza muri vyose, kandi mu vy’ukuri twebwe, tuzosubira kuri Yo nitwamara gupfa, duheze tuzuke Iduharurire, Iduhembere ivyo twakoze”. 157. Abo rero, ni bo bari mu mahoro n’impuhwe z’Imana yabo Rurema Allah. Abo ni na bo bagororotsi bari mu nzira y’ukuri ibaganisha ku Mana Allah.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute