Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
002

Al-Baqarah 2:192 فان انتهوا فان الله غفور رحيم ١٩٢

2:192
فَإِنِ
ٱنتَهَوۡاْ
فَإِنَّ
ٱللَّهَ
غَفُورٞ
رَّحِيمٞ
١٩٢
Nibaheba ubugarariji no kubarwaniriza mu musigiti mutagatifu, bakaba abislamu, mu vy’ukuri Imana Allah Izobababarira, ni Nyenikigongwe-ntangere ku bigaya, Nyenimbabazi ku batoni bayo.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Command to fight Those Who fight Muslims and killing Them wherever They are found

Abu Ja`far Ar-Razi said that Ar-Rabi` bin Anas said that Abu Al-`Aliyah commented on what Allah said:

وَقَـتِلُواْ فِي سَبِيلِ اللَّهِ الَّذِينَ يُقَـتِلُونَكُمْ

(And fight in the way of Allah those who fight you,)

Abu

…

The Command to fight Those Who fight Muslims and killing Them wherever They are found

Abu Ja`far Ar-Razi said that Ar-Rabi` bin Anas said that Abu Al-`

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 2, Page 30, Juz 2

190. Bemeramana! Nimuharanire idini ry’Imana Allah mu kurwanya ababarwanya, kandi ntimukarenganye mu kwica abantu kizira ko bicwa nk’abana, abagore n’abatama. Mu vy’ukuri, Imana Allah ntikunda namba abarenga imbibe zayo z’ibibujijwe. 191. Murica rero ababarwanya aho muzobasanga hose, mubomore mu kubakura aho babasohoye i Makka. Igeragezwa ry’ubugarariji, ibangikanyamana hamwe rero no kuburagiza abantu kwinjira mu bwislamu, ni bibi cane kurusha kubica. Ntimukabarwanye muri mu musigiti mutagatifu kiretse mu gihe ari bo babatanguye. Nibabatangurira mu musigiti mutagatifu rero, murabica. Ni nk’iyo ndishi rero ikwiye abagarariji. 192. Nibaheba ubugarariji no kubarwaniriza mu musigiti mutagatifu, bakaba abislamu, mu vy’ukuri Imana Allah Izobababarira, ni Nyenikigongwe-ntangere ku bigaya, Nyenimbabazi ku batoni bayo. 193. Bemeramana! Murashishikara kurwanya ababangikanyamana babasotora, gushika n’aho ata geragezwa mu kwemera rikibaho, hasigare idini ry’Imana Allah Itabangikanywa na kimwe mu biremwa. Nibaheba ubugarariji no kubarwanya, murabaha amahoro kuko nta rwanko kiretse ku birenganya mu kugarariza no mu kubarwanya.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute