Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
089

Al-Fajr 89:24 يقول يا ليتني قدمت لحياتي ٢٤

89:24
يَقُولُ
يَٰلَيۡتَنِي
قَدَّمۡتُ
لِحَيَاتِي
٢٤
Azovuga yicuza ati: “Ubona iyo nkora nkiri kw’isi ivyomfasha muri ubu buzima bwanje bw’inyuma yo gupfa!”.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

On the Day of Judgement Everyone will be recompensed according to what He did of Good or Evil

Allah informs of what will happen on the Day of Judgement of the great horrors. He says,

كَلاَّ

(Nay!) meaning, truly.

إِذَا دُكَّتِ الاٌّرْضُ دَكّاً دَكّاً

(When the earth is flatened, Dakkan Dakka.) meaning, t

…

On the Day of Judgement Everyone will be recompensed according to what He did of Good or Evil

Allah informs of what will happen on the Day of Judgement

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 89, Page 594, Juz 30

21. Nimuteshwe mute, murahumba! Ntimwategerezwa kuba ukwo. Igihe rero isi yahondwahonzwe; 22. Imana yawe Rurema Allah na Yo, Ikaza gutunganiriza ibiremwa, abamalayika na bo batonze ku murongo; 23. Umuriro wa Jahannamu na wo kuri uwo musi, ugashirwa ahabona; uwo musi, umuntu w’umugarariji azokwikebuka yibuke kwigaya, ariko rero ukwo kwibuka akigaya, nta co kuzomumarira. 24. Azovuga yicuza ati: “Ubona iyo nkora nkiri kw’isi ivyomfasha muri ubu buzima bwanje bw’inyuma yo gupfa!”. 25. Kuri uwo musi rero, nta wuzohana umuhakanyi bikwiye nk’igihano c’Imana Allah. 26. Kandi nta wuzoboha nk’Imana Allah mu kudadira umuhakanyi. 27. Iyo umwemeramana apfuye, abwirwa ati: “Ewe mutima utekanishijwe n’ininahaza n’itaziramana hamwe n’ukwemera Imana Allah! 28. Subira ku Mana yawe Rurema Allah wishimiye impera yayo, wishimiwe n’Iyakuremye Allah; 29. Uheze winjire rero mu mugwi w’abaja banje beranda; 30. Winjire no mu Bwami bwanje bw’ijuru”.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute