Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
048

Al-Fath 48:28 هو الذي ارسل رسوله بالهدى ودين الحق ليظهره على الدين كله وكفى بالله شهيدا ٢٨

48:28
هُوَ
ٱلَّذِيٓ
أَرۡسَلَ
رَسُولَهُۥ
بِٱلۡهُدَىٰ
وَدِينِ
ٱلۡحَقِّ
لِيُظۡهِرَهُۥ
عَلَى
ٱلدِّينِ
كُلِّهِۦۚ
وَكَفَىٰ
بِٱللَّهِ
شَهِيدٗا
٢٨
Imana Allah, ni Yo Yarungitse Intumwa yayo Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) yibangikanije uburongozi n’idini ry’ukuri ry’ubwislamu, kugira riganze hejuru y’amadini yose, kandi Imana Allah Irakwiye kuba Icabona ko Izoguha intsinzi, maze idini ryawe rikaganza.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Allah has indeed fulfilled the True Vision which He showed to His Prophet

In a dream, the Messenger of Allah ﷺ saw himself entering Makkah and performing Tawaf around the House. He told his Companions about this dream when he was still in Al-Madinah. When they went to Makkah in the year of Al-Hudaybi

…

Allah has indeed fulfilled the True Vision which He showed to His Prophet

In a dream, the Messenger of Allah ﷺ saw himself entering Makkah and performi

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 48, Page 514, Juz 26

27. Ni ukuri Imana Allah, Yarashize mu ngiro vy’ukuri indoto y’ukuri Yeretse Intumwa yayo Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), aho yamubwiye Iti: “Ntumwa y’Imana! Mu mwaka ukurikira, mu vy’ukuri wewe hamwe n’ingendanyi zawe, muzokwinjira mu musigiti w’i Makka ku bushake bw’Imana Allah mw’iteka n’itekane, mwamoye umushatsi canke mwawugabanije, ata na kimwe mutinya kiretse gusa Imana Allah”. Imana Allah, Yari Izi ivyiza mutigeze mumenya, biri mu kutabashoboza kuhinjira muri uwo mwaka w’amasezerano ya Al-Hudaybiyya, Iraheza rero ha kwinjira i Makka, Ibaha isezerano ry’uko intsinzi yo guhabuza Khayibari iri hafi inyuma y’agahengwe k’ayo masezerano. 28. Imana Allah, ni Yo Yarungitse Intumwa yayo Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) yibangikanije uburongozi n’idini ry’ukuri ry’ubwislamu, kugira riganze hejuru y’amadini yose, kandi Imana Allah Irakwiye kuba Icabona ko Izoguha intsinzi, maze idini ryawe rikaganza. 29. Muhamadi, ni Intumwa y’Imana koko; abamukurikiye na bo, barakarira abagarariji, maze bakagiriranira impuhwe hagati yabo. Uzobabona bunama, bubama ku ruhanga mu gihe bariko barasenga, bazeye kuronka impano zivuye ku Mana Allah, maze Ikazobinjiza mu Bwami bw’ijuru Ibishimiye. Ikimenyetso c’iyumviramana ryabo kigaragarira ku ruhanga ku kwama bubamira Imana Allah mu gusenga. Ico rero, ni co kimenyetso kibaranga kivugwa muri Tawurati. Akarorero k’ibibaranga mu Njili, ni nk’igiterwa casohoye intumbatumba n’amashami, hanyuma nya mashami akagwirirana ashigikiye nya giterwa, maze nya giterwa na co kigakura gitotahaye, kigororotse, abarimyi bagahimbarwa bakibonye. Imana Allah, Ibagereranya rero n’igiterwa mw’igwirirana ryabo no gushaza kwabo, kugira ngo Ishavuze abagarariji. Imana Allah Yasezeraniye muri bo, abemeye Imana Allah n’Intumwa yayo bagakora n’ivyiza bitegetswe, kugumirizwa akabanga ku vyaha vyabo, maze Ikavyirengagiza ntibibahanire, hamwe rero n’impembo ihambaye y’Ubwami bw’ijuru.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute