Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
022

Al-Hajj 22:18 الم تر ان الله يسجد له من في السماوات ومن في الارض والشمس والقمر والنجوم والجبال والشجر والدواب وكثير من الناس وكثير حق عليه العذاب ومن يهن الله فما له من مكرم ان الله يفعل ما يشاء ۩ ١٨

22:18
أَلَمۡ
تَرَ
أَنَّ
ٱللَّهَ
يَسۡجُدُۤ
لَهُۥۤ
مَن
فِي
ٱلسَّمَٰوَٰتِ
وَمَن
فِي
ٱلۡأَرۡضِ
وَٱلشَّمۡسُ
وَٱلۡقَمَرُ
وَٱلنُّجُومُ
وَٱلۡجِبَالُ
وَٱلشَّجَرُ
وَٱلدَّوَآبُّ
وَكَثِيرٞ
مِّنَ
ٱلنَّاسِۖ
وَكَثِيرٌ
حَقَّ
عَلَيۡهِ
ٱلۡعَذَابُۗ
وَمَن
يُهِنِ
ٱللَّهُ
فَمَا
لَهُۥ
مِن
مُّكۡرِمٍۚ
إِنَّ
ٱللَّهَ
يَفۡعَلُ
مَا
يَشَآءُ ۩
١٨
Ntumwa y’Imana! Ntiwamenye ko mu vy’ukuri, Imana Allah Yubamirwa n’abamalayika bari mu majuru hamwe n’ibiremwa biri mw’isi, Ikubamirwa n’izuba, ukwezi, inyenyeri, imisozi, ibiti hamwe n’ibindi biremwa bigendagenda kw’isi, Ikubamirwa kandi na benshi mu bemeramana mu bantu! Hari n’abandi benshi mu bantu rero bamaze kwagirwa n’ibihano bisuzuguza. Uwo wese rero azosuzuguzwa n’Imana Allah, ntuzomuronkera n’umwe yomuhesha icubahiro. Mu vy’ukuri Imana Allah, Ikora ivyo Ishatse ku biremwa vyayo ku ntumbero nziza ibifiseko.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Everything prostrates to Allah

Allah tells us that He alone, with no partner or associate, is deserving of worship. Everything prostrates to His might, willingly or unwillingly, and everything prostrates in a manner that befits its nature, as Allah says:

أَوَ لَمْيَرَوْاْ إِلَىخَلَقَ اللَّهُ مِن شَىْء

…

Everything prostrates to Allah

Allah tells us that He alone, with no partner or associate, is deserving of worship. Everything prostrates to His might,

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 22, Page 334, Juz 17

15. Uwibwira ko Imana Allah Itazoshikana ku ntsinzi Intumwa yayo Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), maze idini ryayo rigatsinda kw’isi, Ikanamuha icubahiro nta ngere mu buzima bw’inyuma yo gupfa, Igaheza Igahana n’abamuhakana bivuye inyuma, aramanika rero umugozi ku rusenge aheze yimanike, hanyuma atanguye gusambagirika ace nya mugozi, mu nyuma aheze arabe ko ishavu afise ritewe n’uko Imana Allah Ishikanye ku ntsinzi Intumwa yayo, ryohera! 16. Ni nk’uko nyene rero Twebwe Allah - Twatomoye ivyemezo vyerekana ubushobozi n'ububasha vyacu mu kuzura abapfuye - Twamanuye Qor’ani irimwo Aayah zitomoye zituma Imana Allah Irongora mu nzira yayo uwo Ishatse. 17. Mu vy’ukuri, abemeye Imana Allah n’Intumwa yayo Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) bakanayikurikira, abayahudi, abatsimbataye kuri kameremere kabo batagira idini nyezina, abanaswara, abasenga umuriro n’ibindi bigirwamana hamwe rero n’ababangikanyamana, abo bose Imana Allah ku musi w’izuka Izobatandukanya, Iheze Yinjize abemeramana mu Bwami bw’ijuru, maze Ihanishe umuriro abagarariji. Mu vy’ukuri Imana Allah, Irabona neza ibikorwa vyose vy’ibiremwa, Izobibihembera. 18. Ntumwa y’Imana! Ntiwamenye ko mu vy’ukuri, Imana Allah Yubamirwa n’abamalayika bari mu majuru hamwe n’ibiremwa biri mw’isi, Ikubamirwa n’izuba, ukwezi, inyenyeri, imisozi, ibiti hamwe n’ibindi biremwa bigendagenda kw’isi, Ikubamirwa kandi na benshi mu bemeramana mu bantu! Hari n’abandi benshi mu bantu rero bamaze kwagirwa n’ibihano bisuzuguza. Uwo wese rero azosuzuguzwa n’Imana Allah, ntuzomuronkera n’umwe yomuhesha icubahiro. Mu vy’ukuri Imana Allah, Ikora ivyo Ishatse ku biremwa vyayo ku ntumbero nziza ibifiseko.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute