Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
022

Al-Hajj 22:57 والذين كفروا وكذبوا باياتنا فاولايك لهم عذاب مهين ٥٧

22:57
وَٱلَّذِينَ
كَفَرُواْ
وَكَذَّبُواْ
بِـَٔايَٰتِنَا
فَأُوْلَٰٓئِكَ
لَهُمۡ
عَذَابٞ
مُّهِينٞ
٥٧
Nayo abagararije isengwa ry’Imana Imwe Rudende Allah bakanahakana bivuye inyuma Intumwa yayo hamwe na Aayah za Qor’ani, abo ni bo bantu rero bagenewe ibihano bisuzuguza vyo mu muriro wa Jahannamu.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Disbelievers will remain in Doubt and Confusion

Allah tells us that the disbelievers will remain in doubt concerning this Qur'an. This was the view of Ibn Jurayj and was the view favored by Ibn Jarir.

حَتَّى تَأْتِيَهُمُ السَّاعَةُ بَغْتَةً

(until the Hour comes suddenly upon them,) Mujahid said: "

…

The Disbelievers will remain in Doubt and Confusion

Allah tells us that the disbelievers will remain in doubt concerning this Qur'an. This was the view

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 22, Page 339, Juz 17

52. Ntumwa y’Imana! Ntitwigeze Dutuma aho hambere yawe Intumwa canke Umuvugishwamana, kiretse ko mu gihe ariko arasoma ivyo yahishuriwe, shetani yaca itera amazinda mu vyo asoma, kugira abantu ntibakurikire ivyo asoma, hanyuma Imana Allah na Yo Ikaba Yabihinyuye kera, Ikamara nya mazinda, Igaheza Igatunganya Aayah zayo zitomoye. Burya Imana Allah, ni Nyenubumenyikurivyose, nta co Iyobewe; Intungane mu vyo Ikora; 53. Iryo teramazinda rya shetani rero, riba kugira Imana Allah Irigire ikigeragezo ku bantu bafise indwara y’uburyarya mu mutima, no ku barangwa n’agatimatare mu babangikanyamana batigera bikebuka. Mu vy’ukuri, abirenganije mw'ibangikanyamana, barangwa n’urwanko rwo guca kubiri n’Imana Allah hamwe n’Intumwa yayo, urwanko ruri kure cane y’ukuri; 54. No kugira ngo abahawe ubumenyi, bamenye ko Qor’ani ari kwo kuri kudahinyuzwa kuva ku Mana yawe Rurema Allah, maze bayemere ata gushidikanya, baheze bicishe bugufi kuri Yo. Mu vy’ukuri, nta nkeka ko Imana Allah Irongora abayemeye bakemera n’Intumwa yayo mu nzira yayo igororotse y’ubwislamu. 55. Abagararije bagahakana Imana Allah bivuye inyuma, ntibahengeshanya kugumana amazinda kuri Qor’ani kugera bashikiwe giturumbuka n’umuhero w’isi bagihakana, canke bashikiwe n’ibihano ku musi utazoberera namba, ukaba ari wo musi w’izuka; 56. Inganji y’ubwami kuri uwo musi w’izuka, ni iy’Imana Allah Izoheza Igaca urugororotse hagati y’abemeramana n’abagarariji. Abemeye rero Imana Allah n’Intumwa yayo bagakora n’ivyiza bitegetswe, bazoba bari mu Bwami bw’ijuru bwuzuyemwo inema. 57. Nayo abagararije isengwa ry’Imana Imwe Rudende Allah bakanahakana bivuye inyuma Intumwa yayo hamwe na Aayah za Qor’ani, abo ni bo bantu rero bagenewe ibihano bisuzuguza vyo mu muriro wa Jahannamu.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute