Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
059

Al-Hashr 59:13 لانتم اشد رهبة في صدورهم من الله ذالك بانهم قوم لا يفقهون ١٣

59:13
لَأَنتُمۡ
أَشَدُّ
رَهۡبَةٗ
فِي
صُدُورِهِم
مِّنَ
ٱللَّهِۚ
ذَٰلِكَ
بِأَنَّهُمۡ
قَوۡمٞ
لَّا
يَفۡقَهُونَ
١٣
Bemeramana! Ni ukuri mwebwe, muratinyitse cane mu mitima y’indyarya n’abayahudi gusumba uko batinya Imana Allah, bitewe n’uko bo ari abantu badatahura icubahiro c’Imana Allah.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The False Promise of Support the Hypocrites gave to the Jews

Allah states that the hypocrites, `Abdullah bin Ubayy and his like, sent a messenger to Bani An-Nadir promising them help. Allah the Exalted said,

أَلَمْ تَرَ إِلَى الَّذِينَ نَـفَقُواْ يَقُولُونَ لإِخْوَانِهِمُ الَّذِينَ كَفَرُواْ مِنْ أَهْ
…

The False Promise of Support the Hypocrites gave to the Jews

Allah states that the hypocrites, `Abdullah bin Ubayy and his like, sent a messenger to Ba

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 59, Page 547, Juz 28

11. Mbega, ntiwabonye abagize uburyarya, babwira benewabo bagararije mu bahawe Igitabu, bati: “Ni ukuri, nimwimurwa mu zanyu mukirukanwa i Madina, tuzokwimukana na mwe koko, kandi nta n’umwe tuzokwumvira ngo duheze tubatetereze mu kutimukana na mwe. Nimwaterwa naho nyene, tuzobarwanako tubatabare. Burya Imana Allah, ni Yo Cabona ko mu vy’ukuri indyarya zibabesha. 12. Ni ukuri! Nibaramuka bimuwe bakirukanwa i Madina, ntibazokwimukana na bo; nibanaterwa, naho nyene ntibazobatabara namba; nibabatabara naho, bazogenza umugongo, maze batungwe n'ayo bameze, bahunge; hanyuma ntibazotabarwa n’Imana Allah ngo batsinde. 13. Bemeramana! Ni ukuri mwebwe, muratinyitse cane mu mitima y’indyarya n’abayahudi gusumba uko batinya Imana Allah, bitewe n’uko bo ari abantu badatahura icubahiro c’Imana Allah. 14. Ku kubera ukuntu abayahudi babatinya, ntibazobarwaniriza hamwe, kiretse mu gihe bazoba bari mu ducimbiri dukikujwe n’inzitiro ntamenwa, canke mu gihe bari inyuma y’insika. Urwanko ruri hagati y’abayahudi n’indyarya, rurenzeko. Wokwibaza ko bacuditse, ariko imitima yabo iri kubiri. Ivyo rero bigaterwa n’uko mu vy’ukuri, ari abantu badatahura amabwirizwa y’Imana Allah, ntibananyurwe n’ivyemezo vyayo. 15. Akarorero k’abayahudi ku vyabashikiye, ni nk’ab’aho hambere yabo mu bagarariji b’i Makka ku vyabashikiye ku rugamba rwa “Badri”, no mu bayahudi bo mu muryango wa Bene Qaynuqaa’a, barahonjeje amaherezo y’ubugarariji bwabo, barahanwa bakiri kw'isi. Barategekanirijwe n’ibihano bibabaza cane mu buzima bw’inyuma yo gupfa. 16. Akarorero k’indyarya mu guhema abayahudi, ni nka shetani iyo yoheje umuntu ku gahemo n’akantu, ivuga iti: “Garariza Iyakuremye!”. Yamara kugarariza, ikamubwira imwihakana iti: “Ni ukuri jewe, ndavavanuye na we pe! Jewe ndatinya Imana Allah, Mubungabunzi w’ibiremwa vyose”. 17. Gutyo rero, amaherezo y’abo bompi; shetani n’uwayumviye akagarariza Imana Allah, ni mu muriro udahera, bazowubamwo ibihe bidahera. Ico gihano, ni yo ndishi y’abirenganya mu kurenga ku mabwirizwa y’Imana Allah.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute