Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
059

Al-Hashr 59:21 لو انزلنا هاذا القران على جبل لرايته خاشعا متصدعا من خشية الله وتلك الامثال نضربها للناس لعلهم يتفكرون ٢١

59:21
لَوۡ
أَنزَلۡنَا
هَٰذَا
ٱلۡقُرۡءَانَ
عَلَىٰ
جَبَلٖ
لَّرَأَيۡتَهُۥ
خَٰشِعٗا
مُّتَصَدِّعٗا
مِّنۡ
خَشۡيَةِ
ٱللَّهِۚ
وَتِلۡكَ
ٱلۡأَمۡثَٰلُ
نَضۡرِبُهَا
لِلنَّاسِ
لَعَلَّهُمۡ
يَتَفَكَّرُونَ
٢١
Iyo Twebwe Allah, Tuza kumanurira iyi Qor’ani hejuru y’umusozi, ugaheza ugatahura amabwirizwa arimwo, wari kubona nya musozi uca bugufi uyoka ku gutinya Imana Allah. Ubwo burorero Twebwe Allah Dutanga muri Qor’ani, Tubuha abantu, kugira ngo biyumvire baheze batahure icubahiro n’ubushobozi vy’Imana Allah.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Asserting the Greatness of the Qur'an

Allah the Exalted emphasizes the greatness of the Qur'an, its high status and of being worthy of making hearts humble and rent asunder upon hearing it, because of the true promises and sure threats that it contains,

لَوْ أَنزَلْنَا هَـذَا الْقُرْءَانَ عَلَى جَبَلٍ

…

Asserting the Greatness of the Qur'an

Allah the Exalted emphasizes the greatness of the Qur'an, its high status and of being worthy of making hearts hu

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 59, Page 548, Juz 28

18. Emwe bemeye Imana Allah n’Intumwa yayo bakubahiriza n’amabwirizwa yayo! Enda rero nyabuna nimwiyubare ibihano vy'Imana Allah mu kwubahiriza amabwirizwa yayo, maze umwe wese muri mwebwe, arabe ico yakoze kizomufasha mu buzima bw'inyuma yo gupfa. Nimutinye rero Imana Allah mu vyo mukora vyose. Mu vy’ukuri Imana Allah, ni Yo Muhetuziwavyose, Irazi neza ivyo mukora, kandi Izobibahembera. 19. Kandi, ntimukabe nk’abibagiye Imana Allah mu kutubahiriza amabwirizwa yayo, maze Imana Allah na Yo, Ibibagiza gukora ibizobafasha bikabakingira ibihano vyo ku musi w’izuka. Abo rero, ni vyo bigaba birenga ku mabwirizwa y’Imana Allah. 20. Abantu bari mu bihano vyo mu muriro udahera, si nk’abari mu nema zo mu Bwami bw’ijuru. Abari mu nema zo mu Bwami bw’ijuru, ni bo benintsinzi. 21. Iyo Twebwe Allah, Tuza kumanurira iyi Qor’ani hejuru y’umusozi, ugaheza ugatahura amabwirizwa arimwo, wari kubona nya musozi uca bugufi uyoka ku gutinya Imana Allah. Ubwo burorero Twebwe Allah Dutanga muri Qor’ani, Tubuha abantu, kugira ngo biyumvire baheze batahure icubahiro n’ubushobozi vy’Imana Allah. 22. Ni Yo Mana Allah, nta yindi mana ibwirijwe gusengwa atari Yo. Irazi ibinyegeje n’ibiboneka, ni Yo Nyenimpuhwe ku biremwa vyose, Nyenimbabazi ku batoni bayo; 23. Ni Yo Mana Allah, nta yindi mana ibwirijwe gusengwa atari Yo. Ni Yo Mwami, Nyenubutagatifu, Semahoro, Nyenugutekanisha, Uwiganje, Nyenintsinzi-Mutaneshwa, Ntahangarwa, Nyenukwishima. Ukuninahazwa, ni ukw’Imana Allah mu buryo burengeye cane ivyo bayitiranya bayibangikanya; 24. Ni Yo Mana Allah, Rurema, Nyenugutunganya ibiremwa nk’uko Yabitegekanije, Rutunganyandemo, Yahaye ishusho ibiremwa vyose. Ifise amazina meza cane n’amatazirano ayiranga. Ibiri mu majuru no kw’isi vyose, birayininahaza; ni na Yo rero Nyenintsinzi-Mutaneshwa, Intungane mu vyo Ikora.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute