Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
017

Al-Isra 17:76 وان كادوا ليستفزونك من الارض ليخرجوك منها واذا لا يلبثون خلافك الا قليلا ٧٦

17:76
وَإِن
كَادُواْ
لَيَسۡتَفِزُّونَكَ
مِنَ
ٱلۡأَرۡضِ
لِيُخۡرِجُوكَ
مِنۡهَاۖ
وَإِذٗا
لَّا
يَلۡبَثُونَ
خِلَٰفَكَ
إِلَّا
قَلِيلٗا
٧٦
Abagarariji baranahatswe kukwomora mu gisagara ca Makka ku kuntu bakubangamira. Iyo bahirahira rero ngo bakwomore muri ico gisagara, na bo nyene ntibari kukigumamwo kiretse akanya gato gusa, Tugaca Tubahana;
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Reason why these Ayat were revealed

This was revealed concerning the disbelievers among the Quraysh, when they wanted to expel the Messenger of Allah ﷺ from among themselves. So Allah issued a warning to them in this Ayah, telling them that if they expelled him, they would not stay in Makkah for

…

The Reason why these Ayat were revealed

This was revealed concerning the disbelievers among the Quraysh, when they wanted to expel the Messenger of All

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 17, Page 290, Juz 15

73. Ntumwa y’Imana! Ababangikanyamana bahatswe kugukura ku ntumbero y’ivyo Twakumanuriye muri Qor’ani, kugira ngo uturementanirize ibihushanye na vyo, iyo rero uramuka urementanije nk’uko bavyipfuza, ni ukuri bari kukugira umugenzi pfampfe; 74. Iyo rero Tutagutsimbataza ku kuri, ni ukuri warahatswe guhengamira gato ku ruhande rwabo mu kubemerera bimwe mu vyo bipfuza, kuko baguma bagutega imitego, na we ukamana icizigiro ko bazoteba bakemera. 75. Iyo uhirahira rero ugahengamira na gato ku ruhande rwabo, ni ukuri Twari guca Tuguha ibihano bigwijwe na kabiri mu buzima bwo kw’isi, n’ibihano bigwijwe na kabiri nyene igihe uri ku mpfiro, hanyuma ntiworonse umuntu n’umwe agutabara ngo agukureko ibihano vyacu. 76. Abagarariji baranahatswe kukwomora mu gisagara ca Makka ku kuntu bakubangamira. Iyo bahirahira rero ngo bakwomore muri ico gisagara, na bo nyene ntibari kukigumamwo kiretse akanya gato gusa, Tugaca Tubahana; 77. Ni uko vyamye rero ku bo Twarungikiye Intumwa zacu aho hambere yawe, ko abomoye Intumwa Twashoka Tubahana. Ntumwa y’Imana! Genda ugendereze, nta hantu na hamwe uzosanga Twarigeze kudohoka ku ngingo yo guhana abomoye Intumwa.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute