Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
045

Al-Jathiyah 45:29 هاذا كتابنا ينطق عليكم بالحق انا كنا نستنسخ ما كنتم تعملون ٢٩

45:29
هَٰذَا
كِتَٰبُنَا
يَنطِقُ
عَلَيۡكُم
بِٱلۡحَقِّۚ
إِنَّا
كُنَّا
نَسۡتَنسِخُ
مَا
كُنتُمۡ
تَعۡمَلُونَ
٢٩
Iki, ni igitabu cacu kibabwira vy’ukuri ido n’ido ku vyo mwakoze ata kirenzeko ata n’ikibuzeko. Mu vy’ukuri, Twahora Dutegeka abamalayika babungabunga ivyo mukora, kwandika ibikorwa vyanyu.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Some of the Conditions of the Day of Resurrection and its Horrors

Allah mentions that He is the King and Owner of the heavens and earth, and the Only Ruler over them in this life and the Hereafter. Allah's statement,

وَيَوْمَ تَقُومُ السَّاعَةُ

(And on the Day that the Hour will be established) on the

…

Some of the Conditions of the Day of Resurrection and its Horrors

Allah mentions that He is the King and Owner of the heavens and earth, and the Only R

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 45, Page 501, Juz 25

27. Imana Allah, ni Yo Nyenubwami Igaba Ikaganza amajuru indwi n’isi n’ibiri muri vyo. Umusi umuhero w’isi wageze rero, ibiremwa vyose bigahwera, hanyuma bikazuka kugira bihemberwe ivyo vyakoze, kuri uwo musi abahakana Aayah n’ivyemezo vy’Imana Allah, bazogira agahombo gakomeye; 28. Ntumwa y'Imana! Kuri uyo musi, uzobona umugwi umwumwe w’abantu basenga mw’idini rimwe upfukamye watekewe n’ubwoba n’akantu, maze umugwi wose uhamagarirwe kwumviriza ibiri mu gitabu cawo, maze ubwirwe uti: “Uno musi rero, muhemberwa ivyo mwari mwarakoze kw’isi”. 29. Iki, ni igitabu cacu kibabwira vy’ukuri ido n’ido ku vyo mwakoze ata kirenzeko ata n’ikibuzeko. Mu vy’ukuri, Twahora Dutegeka abamalayika babungabunga ivyo mukora, kwandika ibikorwa vyanyu. 30. Abemeye rero Imana Allah n’Intumwa yayo bakubahiriza n’amabwirizwa yayo, Imana yabo Rurema Allah, Izoheza Ibinjize ku mpuhwe zayo mu Bwami bw’ijuru. Iyo rero, ni yo ntsinzi igaragara. 31. Nayo abagararije Imana Allah bakanahakana bivuye inyuma Intumwa zayo, bazobwirwa bati: “Mbega ntimwasomewe Aayah zanje mukiri kw’isi, mukagira amanyama mu kutazemera, mukaba mwari n’abantu b’abanyavyaha! 32. Mubwiwe ko mu vy’ukuri isezerano ry’Imana Allah ryo kuzura ibiremwa, ari iry’ukuri; n’uko umuhero w’isi ata makenga ko uriho”, mwaca mwishura muti: “Ntituzi ico ari co umuhero w’isi! Ntituniteze umuzo wawo, kiretse ku gukekeranya gusa, eka mbere ntitunemera ko nya muhero ubaho”. 33. Kuri uwo musi w’iharurirwa ry’ibiremwa rero, abagararije Aayah n’ivyemezo vy’Imana Allah, bazobona indishi y’ibibi bakoze, bazokwugarizwa n’ibihano bibabaza ku vyo bahora bateburako; 34. Baheze babwirwe n’Imana Allah bati: “Kuri uno musi, Turabirengagije mu kubagumiza mu bihano vya Jahannamu nka kurya mwirengagije ukwemera, mukareka kwitegurira uyu musi wanyu, n’ubushikiro bwanyu rero ni mu muriro wa Jahannamu, nta n’umwe muronka abatabara ngo abakingire ibihano; 35. Ivyo bihano mwahawe, vyaturutse ku gufata Aayah n’ivyemezo vy’Imana Allah minenegwe, mukabiteburako, no kuba mwarahenzwe mutwarwa n’ibihendamaso vyo mu buzima bwo kw’isi”. Kuri uno musi rero, ntibarota bava mu muriro wa Jahannamu, eka mbere ntibanasubizwa kw’isi ngo bigaye, baheze bakore ibikorwa vyiza. 36. Kubera ivyo vyose rero, ishimagizwa ni iry’Imana Rurema Allah, Umubungabunzi w’amajuru n’isi, Ikaba n’Umubungabunzi w’ibiremwa vyose; 37. Ni Yo Ikwiye kwigamba ku butwari n’ubutore vyayo mu majuru no mw’isi, ni na Yo rero Nyenintsinzi-Mutaneshwa, Intungane mu vyo Ikora.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute