Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
072

Al-Jinn 72:22 قل اني لن يجيرني من الله احد ولن اجد من دونه ملتحدا ٢٢

72:22
قُلۡ
إِنِّي
لَن
يُجِيرَنِي
مِنَ
ٱللَّهِ
أَحَدٞ
وَلَنۡ
أَجِدَ
مِن
دُونِهِۦ
مُلۡتَحَدًا
٢٢
Babwire uti: “Jewe mu vy’ukuri, nta n’umwe ashoboye kunkingira ibihano vy’Imana Allah mu gihe noyigarariza; kandi muri ico gihe, nta buhungiro noronka atari ku Mana Allah;
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Command to worship Allah Alone and shun Shirk

Allah commands His servants to single Him out alone for worship and that none should be supplicated to along with Him, nor should any partners be associated with Him. As Qatadah said concerning Allah's statement,

وَأَنَّ الْمَسَـجِدَ لِلَّهِ فَلاَ تَدْ

…

The Command to worship Allah Alone and shun Shirk

Allah commands His servants to single Him out alone for worship and that none should be supplicated t

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 72, Page 573, Juz 29

20. Ntumwa y’Imana! Vuga ubwire abagarariji uti: “Jewe, nsenga gusa Imana yanje Rurema Allah Yonyene, kandi sindayibangikanya n’ikindi kintu mu kuyisenga”. 21. Babwire uti: “Jewe mu vy’ukuri, nta bushobozi mfise bwo kubakingira ikibi canke bwo kubaronsa iciza”. 22. Babwire uti: “Jewe mu vy’ukuri, nta n’umwe ashoboye kunkingira ibihano vy’Imana Allah mu gihe noyigarariza; kandi muri ico gihe, nta buhungiro noronka atari ku Mana Allah; 23. Nta na kimwe njejwe, kiretse gushikiriza ubutumwa, Imana Allah Yandungikanye. Uwo wese rero azogarariza Imana Allah hamwe n’Intumwa yayo, nta nkeka ko indishi yiwe ari umuriro udahera Jahannamu, azowubamwo ibihe bidahera, mu bihano vyamaho”. 24. Kugeza aho ababangikanyamana bazobonera ibihano basezeraniwe, aho ni ho rero bazoheza bagatahura uwufise abatabazi bagoyagoya, kandi bari ku rushi. 25. Ntumwa y’Imana! Bwira ababangikanyamana uti: “Sinzi ko ivyo bihano mwasezeraniwe biri hafi gushika, canke ko Imana yanje Rurema Allah Izobiha ikiringo kirekire, bitarashika”. 26. Imana Allah, ni Yo Izi ibinyegejwe ibiremwa, kandi ntiyereka uwo ari we wese ivyo binyegezwa vyayo; 27. Kiretse uwo Yishimiye Ikamugira Intumwa. Uyo muri ico gihe rero, Imana Allah Iraheza Ikamwereka mu binyegezwa vyayo, Ikanamurungikira abamalayika bamucungereye imbere n’inyuma yiwe, ku kuzitira abasumyi b’urusaku mu Majini; 28. Kugira ngo Intumwa (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), imenye ko n'Intumwa z’aho hambere yayo, zakingiwe nkayo mu gihe co gushikiriza ubutumwa, n’uko ikingiwe Amajini nk’uko zakingiwe; yongere imenye n’uko ubumenyi bw’Imana Allah, bukikuje ukuntu izo Ntumwa zimerewe hamwe n’amabwirizwa zikeneye kwisunga; imenye kandi n’uko Imana Allah Izi bikwiye igitigiri c’ibintu vyose.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute