Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
018

Al-Kahf 18:103 قل هل ننبيكم بالاخسرين اعمالا ١٠٣

18:103
قُلۡ
هَلۡ
نُنَبِّئُكُم
بِٱلۡأَخۡسَرِينَ
أَعۡمَٰلًا
١٠٣
Ntumwa y’Imana! Kebura abantu ubabwire uti: “Mbega ndabiganire abantu bari mu ruhombo rw’ivyo bakoze!
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Greatest Losers in respect of (Their) Deeds

Al-Bukhari recorded from `Amr that Mus`ab who said: "I asked my father -- meaning Sa`d bin Abi Waqqas -- about Allah's saying,

قُلْ هَلْ نُنَبِّئُكُم بِالاٌّخْسَرِينَ أَعْمَـلاً

(Say: "Shall We tell you the greatest losers in respect of (their) deeds") `A

…

The Greatest Losers in respect of (Their) Deeds

Al-Bukhari recorded from `Amr that Mus`ab who said: "I asked my father -- meaning Sa`d bin Abi Waqqas -

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 18, Page 304, Juz 16

102. Mbega abagararije, bibwira ko bogira abaja banje ibigirwamana mu gishingo canje kugira ngo bibabere abahagarikizi, Tukareka kubibahanira! Mu vy’ukuri Twebwe Allah, Twarateguriye abagarariji umuriro wa Jahannamu kuba ari bwo bushikiro bwabo. 103. Ntumwa y’Imana! Kebura abantu ubabwire uti: “Mbega ndabiganire abantu bari mu ruhombo rw’ivyo bakoze! 104. Ni abantu ivyo bakoze vyose kw’isi vyababereye impfagusa, kandi babikoze biyumvira ko bakora vyiza; 105. Abo, ni bo rero bagararije bagahakana bivuye inyuma ivyemezo vy’Imana yabo Rurema Allah, baranahakana ko bazozuka bagahura na Yo mu buzima bw’inyuma yo gupfa, kugira Ibahembere ivyo bakoze. Iryo garariza n’ihakana rero, vyatumye ibikorwa vyabo bihunguruka bicika impfagusa”. Kubera ivyo rero, Twebwe Allah, ntituzobaha icubahiro namba ku musi w’izuka; 106. Indishi yabo bategekanirijwe, ni umuriro wa Jahannamu bazohanishwa kubera ukuntu bagarariza Imana Allah, bagafata Aayah n'ivyemezo vyayo bashikirizwa n’Intumwa zayo, bakabiteburako. 107. Mu vy’ukuri abanyemeye Jewe Allah n’Intumwa zanje, bagakora n’ivyiza bitegetswe, barategekanirijwe Ubwami bw’ijuru ry’iteka “Firdawsi” kuba ari bwo bushikiro bwabo; 108. Bazobubamwo ibihe bidahera, ntibazonarota na gato babuvamwo.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute