Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
018

Al-Kahf 18:11 فضربنا على اذانهم في الكهف سنين عددا ١١

18:11
فَضَرَبۡنَا
عَلَىٰٓ
ءَاذَانِهِمۡ
فِي
ٱلۡكَهۡفِ
سِنِينَ
عَدَدٗا
١١
Ni ho rero nya miyabaga Twayisinziriza umukondorazosi, iraheza iguma muri nya senga ry’ibuye imyaka n’iyindi.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Story of the People of Al-Kahf Here Allah tells us about the story of the people of Al-Kahf in brief and general terms, then Heexplains it in more detail. He says

أَمْ حَسِبْتَ

(Do you think) -- O Muhammad --

أَنَّ أَصْحَـبَ الْكَهْفِ وَالرَّقِيمِ كَانُواْ مِنْ ءَايَـتِنَا عَجَبًا

(that the people o

…

The Story of the People of Al-Kahf Here Allah tells us about the story of the people of Al-Kahf in brief and general terms, then Heexplains it in more

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 18, Page 294, Juz 15

7. Mu vy’ukuri Twebwe Allah, Twaremye ibiri kw’isi, maze Tubigira ibisharizo vyayo, Tunabigira ibintu ngirakamaro ku bayicumbitseko, kugira Tubagerageze haheze hamenyekane uwukora ivyiza ku bw’Imana Allah kurusha abandi, hamenyekane n’umunyavyaha ruhebuza, gutyo Tuzohembere umwe wese ivyo yakoze. 8. Umuhero w’isi rero niwagera, ni ukuri ibiri kw’isi vyose Twebwe Allah Tuzobihindura ubukumbagare. 9. Ntumwa y’Imana! Mbega ivyashikiye benisenga ry’ibuye ari bo benurubaho rwanditsweko amazina n’amateka yabo, woba uriyumvira ko ari bimwe mu vyemezo n’ibitangaro vyacu bitangaje! Irema ry’amajuru n’isi n’ibiri hagati yavyo rero, ritangaje gusumba ivyashikiye benisenga ry’ibuye! 10. Ibuka igihe imikangara y’abemeramana yahungira mw’isenga ry’ibuye, ku gutinya ko yogeragezwa mu guhatirwa gusenga ibigirwamana, iraheza ivuga iti: “Mana yacu Rurema Allah! Duhundagazeko impuhwe zawe, maze Udutsimbataze ku kwemera, Udukingire n’inabi y’ibiremwa, Wongere Utworohereze inzira idushikana ku vyiza bigushimisha, duheze tube mu bagororotsi”. 11. Ni ho rero nya miyabaga Twayisinziriza umukondorazosi, iraheza iguma muri nya senga ry’ibuye imyaka n’iyindi. 12. Hanyuma ni ho Twayikangura mw’itiro kugira Tugaragarize abantu ukuri ku vyo Dusanzwe Tuzi ku bijanye n’ikiringo iyo miyabaga yamaze isinziriye, ari na co imigwi ibiri yahazanako, gutyo haheze hamenyekane muri nya migwi ibiri, umugwi woba uzi neza igitigiri c’imisi nya miyabaga yamaze isinziriye.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute