Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
018

Al-Kahf 18:49 ووضع الكتاب فترى المجرمين مشفقين مما فيه ويقولون يا ويلتنا مال هاذا الكتاب لا يغادر صغيرة ولا كبيرة الا احصاها ووجدوا ما عملوا حاضرا ولا يظلم ربك احدا ٤٩

18:49
وَوُضِعَ
ٱلۡكِتَٰبُ
فَتَرَى
ٱلۡمُجۡرِمِينَ
مُشۡفِقِينَ
مِمَّا
فِيهِ
وَيَقُولُونَ
يَٰوَيۡلَتَنَا
مَالِ
هَٰذَا
ٱلۡكِتَٰبِ
لَا
يُغَادِرُ
صَغِيرَةٗ
وَلَا
كَبِيرَةً
إِلَّآ
أَحۡصَىٰهَاۚ
وَوَجَدُواْ
مَا
عَمِلُواْ
حَاضِرٗاۗ
وَلَا
يَظۡلِمُ
رَبُّكَ
أَحَدٗا
٤٩
Igitabu c’ibikorwa vy’umwumwe wese rero, azogihabwa mu kuboko kwiwe kw’iburyo canke kw’ibubamfu, aho uzobona abanyavyaha batekewe n’ubwoba ku biri muri nya gitabu, bamaze kubona ivyaha birimwo, bazoca bihebura bati: “Amagorwa arama yemwe! Iki ni igitabu nyabaki kitigeze kireka ikintu na kimwe mu vyo nakoze caba gito canke kinini, kiretse ko canditswe!”. Ivyo bakoze vyose kw’isi rero, bazobisanga ng’aho vyaranditswe. Kandi Imana yawe Rurema Allah, ntirenganya umuntu n’umwe mu kurengerezwa urugero rw’ibihano canke kugabanywa ku ndishi, n’aho yoba yakoze akantu kangana n’inzatsa, Izokamuhembera.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Major Terrors of the Hour

Allah tells us of the terrors of the Day of Resurrection, and the awesome things that will come to pass, as He says elsewhere:

يَوْمَ تَمُورُ السَّمَآءُ مَوْراً - وَتَسِيرُ الْجِبَالُ سَيْراً

(On the Day when the heaven will shake with a dreadful shaking, And the mountains

…

The Major Terrors of the Hour

Allah tells us of the terrors of the Day of Resurrection, and the awesome things that will come to pass, as He says elsew

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 18, Page 299, Juz 15

45. Ntumwa y’Imana! Abantu b’amanyama, bacire agace k’ibihendamaso vy’ubuzima bw’isi, ko ari nk’amazi y’imvura Twebwe Allah Tumanura avuye mu bicu azananye mu kirere, nya mazi agatuma ibiterwa bimera bigatotahara ku bushobozi n'ububasha vy’Imana Allah, maze mu kanya isase nya biterwa bikuma, umuyaga ukabitumura. Burya, Imana Allah Yamye ari Mushoboravyose. 46. Amatungo n’ibibondo rero, ni ibisharizo vy’ubuzima bwo kw’isi. Nayo ibikorwa vyiza vyamaho, ni vyo bifise indishi nziza cane gusumba ku Mana yawe Rurema Allah, ni na vyo umuntu wese yizigira, azeyemwo agakiza mu buzima bw’inyuma yo gupfa. 47. Ntumwa y’Imana! Ibutsa kandi abantu, umusi Twebwe Allah Twakuye imisozi aho yahora Tukayihotsa, ukabona isi igaragara, ata kiremwa na kimwe kiyisigayeko, maze Tukegeraniriza hamwe ibiremwa vyose, ata na kimwe Turetse muri vyo; 48. Maze nya biremwa bigashirwa ku murongo ahabona imbere y’Imana yawe Rurema Allah, Tugaheza Tukabibwira Duti: “Ni ukuri, Twabazuye muca murarenguka ata matungo canke abana mwibangikanije nk’uko Twabaremye ubwa mbere. Bantu mwahakana izuka ry’ibiremwa! Ahubwo mwibajije ko Tutazobagenera isango ryo kubazura, kugira Tubahembere ivyo mwakoze!”; 49. Igitabu c’ibikorwa vy’umwumwe wese rero, azogihabwa mu kuboko kwiwe kw’iburyo canke kw’ibubamfu, aho uzobona abanyavyaha batekewe n’ubwoba ku biri muri nya gitabu, bamaze kubona ivyaha birimwo, bazoca bihebura bati: “Amagorwa arama yemwe! Iki ni igitabu nyabaki kitigeze kireka ikintu na kimwe mu vyo nakoze caba gito canke kinini, kiretse ko canditswe!”. Ivyo bakoze vyose kw’isi rero, bazobisanga ng’aho vyaranditswe. Kandi Imana yawe Rurema Allah, ntirenganya umuntu n’umwe mu kurengerezwa urugero rw’ibihano canke kugabanywa ku ndishi, n’aho yoba yakoze akantu kangana n’inzatsa, Izokamuhembera.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute