Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
018

Al-Kahf 18:52 ويوم يقول نادوا شركايي الذين زعمتم فدعوهم فلم يستجيبوا لهم وجعلنا بينهم موبقا ٥٢

18:52
وَيَوۡمَ
يَقُولُ
نَادُواْ
شُرَكَآءِيَ
ٱلَّذِينَ
زَعَمۡتُمۡ
فَدَعَوۡهُمۡ
فَلَمۡ
يَسۡتَجِيبُواْ
لَهُمۡ
وَجَعَلۡنَا
بَيۡنَهُم
مَّوۡبِقٗا
٥٢
Ntumwa y’Imana! Bibutse kandi, igihe Imana Allah Yabwiye ababangikanyamana ku musi w’izuka, Iti: “Nimuhamagare rero abafasha banje mwubahutse mukambangikanya na bo mu kunsenga, kugira babakingire ibihano vyanje kuri uno musi”, maze babasabe ko bobatabara bakabakura mu bihano, habure n’uwoseruka ngo abatabare. Tuzoheza rero Twebwe Allah, Tugenere iyo migwi yompi ubuhonero mu muriro wa Jahannamu.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Their Partners are not able to respond and the Criminals are brought to the Fire

Allah tells us how He will address the idolators on the Day of Resurrection before all of creation, rebuking and scolding them,

نَادُواْ شُرَكَآئِىَ الَّذِينَ زَعَمْتُمْ

(Call those (so-called) partners of Mine whom you cl

…

Their Partners are not able to respond and the Criminals are brought to the Fire

Allah tells us how He will address the idolators on the Day of Resurre

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 18, Page 299, Juz 15

50. Ibuka n’igihe Twebwe Allah, Twabwiriza abamalayika hamwe na Ibilisi Duti: “Nimwubamire Adamu mumuhe icubahiro kimukwiye”, abamalayika baraheza baragamburuka barubama, kiretse Ibilisi yakomoka mu Majini yanse kumwubamira, gutyo acika ikigaba ku kutubahiriza ibwirizwa ry’Imana yiwe Rurema Allah. Bantu! None ni gute mwogira Ibilisi n’uruvyaro rwiwe abahagarikizi banyu mwumvira, ha kunyumvira Jewe Allah, kandi ari bo bansi banyu! Ni bibi cane rero kugamburuka kw’abirenganya mu kwumvira shetani ha kwumvira Imana Allah. 51. Ibilisi n’uruvyaro rwiwe mwumvira, sinigeze ndavyifashisha mu kurema amajuru n’isi, eka n’igihe na vyo nyene Ndabirema, sinigeze Nifashisha bimwe muri vyo mu kurema ibindi, ahubwo mbere Naremye ibiremwa vyose ata nkunga canke intege Ntewe n’ikiremwa na kimwe, kira noneho ntivyari binakenewe ko Ngira impuvyi mu mashetani n’ibindi biremwa abafasha banje. 52. Ntumwa y’Imana! Bibutse kandi, igihe Imana Allah Yabwiye ababangikanyamana ku musi w’izuka, Iti: “Nimuhamagare rero abafasha banje mwubahutse mukambangikanya na bo mu kunsenga, kugira babakingire ibihano vyanje kuri uno musi”, maze babasabe ko bobatabara bakabakura mu bihano, habure n’uwoseruka ngo abatabare. Tuzoheza rero Twebwe Allah, Tugenere iyo migwi yompi ubuhonero mu muriro wa Jahannamu. 53. Abanyavyaha bazobona umuriro ukuri kwamye, baheze bamenye neza ko ata gisivya batabwa muri wo, nta n’ahandi bazoronka bahungira.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute