Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
018

Al-Kahf 18:56 وما نرسل المرسلين الا مبشرين ومنذرين ويجادل الذين كفروا بالباطل ليدحضوا به الحق واتخذوا اياتي وما انذروا هزوا ٥٦

18:56
وَمَا
نُرۡسِلُ
ٱلۡمُرۡسَلِينَ
إِلَّا
مُبَشِّرِينَ
وَمُنذِرِينَۚ
وَيُجَٰدِلُ
ٱلَّذِينَ
كَفَرُواْ
بِٱلۡبَٰطِلِ
لِيُدۡحِضُواْ
بِهِ
ٱلۡحَقَّۖ
وَٱتَّخَذُوٓاْ
ءَايَٰتِي
وَمَآ
أُنذِرُواْ
هُزُوٗا
٥٦
Kandi Twebwe Allah, ntiturungika Intumwa zacu kiretse ko ziheza zigashikiriza abatwumvira inkuru nziza ibahumuriza ko bazohabwa Ubwami bw’ijuru, zikanagabisha abagabitanya ku bihano vyo mu muriro. N’aho rero ukuri kugaragara, nta kibuza abagarariji guhaririza Intumwa zabo ku butumva bisunga ikinyoma, kugira batsindishe nya kinyoma ukuri atari agaseseshwarumuri, bagaheza rero bakagira Igitabu n’ivyemezo vyanje itebura.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Rebellion of the Disbelievers

Allah tells us about the rebellion of the disbelievers in ancient times and in more recent times, and how they rejected the obvious truth even when they witnessed clear signs and proofs. Nothing stopped them from following the truth except their demand to witness wit

…

The Rebellion of the Disbelievers

Allah tells us about the rebellion of the disbelievers in ancient times and in more recent times, and how they reject

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 18, Page 300, Juz 15

54. Ni ukuri Twebwe Allah, Twaratomoreye bikwiye muri Qor’ani abantu, mu gutanga uburorero butandukanye bwotuma banyurwa bakikebuka, bagaheza bakemera. Burya zina kiremwa-muntu wese, yamye ari umuharirizi cane gusumba ibindi biremwa. 55. Nta cabujije abantu kwemera igihe bashikirwa n’Intumwa (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) yibangikanije uburongozi bwa Qor’ani, bagaheza bagasaba Imana yabo Rurema kubabarirwa ivyaha, kiretse ugushaka guhangana n’Intumwa, bagaheza bagahonywa n’Imana Allah nk’uko Yahoneje abo hambere yabo, canke bagashikirwa n’ibihano imbona nkubone. 56. Kandi Twebwe Allah, ntiturungika Intumwa zacu kiretse ko ziheza zigashikiriza abatwumvira inkuru nziza ibahumuriza ko bazohabwa Ubwami bw’ijuru, zikanagabisha abagabitanya ku bihano vyo mu muriro. N’aho rero ukuri kugaragara, nta kibuza abagarariji guhaririza Intumwa zabo ku butumva bisunga ikinyoma, kugira batsindishe nya kinyoma ukuri atari agaseseshwarumuri, bagaheza rero bakagira Igitabu n’ivyemezo vyanje itebura. 57. Nta n’umwe arenganya akimonogoza gusumba uwibutswa n’ivyemezo vy’Imana yiwe Rurema Allah, maze akavyirengagiza, akanibagira kwisubirako ngo avavanure n’ibikorwa bibi yakoze. Mu vy’ukuri Twebwe Allah, Twarazibanganije imitima yabo icika agatimatare biturutse ku bugaba bwabo, ntibaheza ngo banyurwe na Qor’ani; Turanaziba n’amatwi yabo maze ntibumviriza Qor’ani ngo igire ico ibunguye; n’aho rero worara urabararikira ukwemera, ntibarota bakwumvira namba, ngo baheze batumbere inzira igororotse. 58. Imana yawe Rurema Allah, ni Yo Nyenikigongwe-ntangere ku bigaya, Ikaba n’inkomoko y’impuhwe ku biremwa vyayo; iyo rero Ihanira nya biremwa ivyaha n’ibicumuro vy'ivyo vyarondeye kw'isi, ni ukuri Yari kwihutira kubihana, ariko rero Yarabigeneye isango ryo kuzuka kugira Ibiharurire, Iheze Ibihembere ivyo vyakoze, ntibizonaronka kuri nya sango aho bicarukira. 59. Abahora baba muri turya ducimbiri turi hafi yanyu, Twebwe Allah Twabahoneje igihe birenganya mu kugarariza, Tukaba Twari Twabageneye isango ryo kubahonya, aho nya sango rigereye rero Twarabahoneje.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute