Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
018

Al-Kahf 18:78 قال هاذا فراق بيني وبينك سانبيك بتاويل ما لم تستطع عليه صبرا ٧٨

18:78
قَالَ
هَٰذَا
فِرَاقُ
بَيۡنِي
وَبَيۡنِكَۚ
سَأُنَبِّئُكَ
بِتَأۡوِيلِ
مَا
لَمۡ
تَسۡتَطِع
عَّلَيۡهِ
صَبۡرًا
٧٨
Ni ho Khadwiri yabwira Musa ati: “Aho vyakabereye, ubu rero, harageze ko dutandukana, untunge unkundire ndakwiganire imvo n’imvano y’ivyo nagiye ndagira vyakunaniye kwihanganira;
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Story of repairing the Wall Allah tells us that

فَانطَلَقَا

(they both proceeded) after the first two instances,

حَتَّى إِذَآ أَتَيَآ أَهْلَ قَرْيَةٍ

(till when they came to the people of a town,) Ibn Jarir narrated from Ibn Sirin that this was Al-Aylah. According to the Hadith;

«حَتَّى إِذَا أَتَيَا
…

The Story of repairing the Wall Allah tells us that

فَانطَلَقَا

(they both proceeded) after the first two instances,

حَتَّى إِذَآ أَتَيَآ أَهْلَ قَرْيَةٍ
…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 18, Page 302, Juz 16

75. Khadwiri araheza abwira Musa amwibutsa kandi ivyo basezeranye ati: “Sinari nakubwiye ko mu vy’ukuri, wewe udashobora kwihanganira kugumana nanje!”. 76. Musa yishura Khadwiri ati: “Ninasubira kukubaza ku kintu na kimwe inyuma y’aha, ntubandanye uri kumwe nanje, ni ukuri wanyihanganiye bikwiye, kandi wari wamburiye ko ntashobora kwihanganira ivyo ugira turi kumwe”. 77. Musa na Khadwiri baraheza barabandanya urugendo, baca mu gacimbiri kari aho, maze basaba abantu bakabamwo ko bobazimana induhuro y’umushitsi, ba bantu baranka kubazimana. Ni ho basanga muri nya gacimbiri uruhome rwari mu guhenuka, Khadwiri araheza asanura nya ruhome ruragororoka, maze Musa aca abwira Khadwiri ati: “Vyari kuba vyiza usavye impembo kuri ico gikorwa co gusanura uruhome, kugira dusume ivyo dufungura, mu gihe na bo batwimye induhuro y’umushitsi”. 78. Ni ho Khadwiri yabwira Musa ati: “Aho vyakabereye, ubu rero, harageze ko dutandukana, untunge unkundire ndakwiganire imvo n’imvano y’ivyo nagiye ndagira vyakunaniye kwihanganira; 79. Nayo ubwato nomoyeko urubaho bukononekara, bwari ubw’abakene batagira shinge na rugero, bakorera mu bijanye no kwunguruza ibintu n’abantu mw’ibahari, nca nshaka kubutera akanenge kuko hirya ya nya bakene, hari umwami yambura akigarurira ubwato bwose abonye bugikomeye; 80. Nayo wa musore nafata nkaca ndamwica, mu vyagezwe kuri we, yobaye umugarariji mu gihe abavyeyi biwe ari abemeramana, ni ho rero twagira impungenge ko mu gihe nya musore yokura, yohava abera abavyeyi biwe imvo yo kugagaza no kugarariza, bivanye n’uko bamwikorako mu twankenerwa; 81. Hari mu ntumbero rero yo gushaka ko nya bavyeyi, Imana yabo Rurema Allah Yobaha uwundi mwana azobabera intore, akabubaha akabubahiriza; 82. Nayo rwa ruhome rwari mu guhenuka nkarusanura rugaheza rukagororoka, rwari urw’abana babiri b’impfuvyi baba muri kirya gisagara nyene, musi ya nya ruhome hari hanyegeje ubutunzi basigiwe n’umuvyeyi wabo bugizwe n’inzahabu n’umwakaka, umuvyeyi wabo na we akaba yari umuntu w’umweranda. Ni ho rero Imana yawe Rurema Allah Yashaka ko bagera mu bigero, bagaheza bakimba musi ya nya ruhome, bakaronka nya butunzi ku mpuhwe z’Imana yawe Rurema Allah. Ivyo vyose rero nakoze, sinabikoze ku bushake bwanje, ahubwo nabikoze kw’ibwirizwa ry’Imana Allah. Ng’izo rero imvo n’imvano zatumye nkora ivyo utashoboye kwihanganira kureka kumbaza no kunyiyama gushika ndakwiganiye igituma nabikoze”.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute