Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
070

Al-Ma'arij 70:5 فاصبر صبرا جميلا ٥

70:5
فَٱصۡبِرۡ
صَبۡرٗا
جَمِيلًا
٥
Ntumwa y’Imana! Ihanganire ata kwidogera itebura ry’abagarariji mu kwihutira gusaba ko bohanwa.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Which was revealed in Makkah

بِسْمِ اللَّهِ الرَّحْمَـنِ الرَّحِيمِ

In the Name of Allah, the Most Gracious, the Most Merciful.

A Request to hasten the Day of Judgement

سَأَلَ سَآئِلٌ بِعَذَابٍ وَاقِعٍ

(A questioner asked concerning a torment about to befall) This Ayah contains an assumed meaning that is

…

Which was revealed in Makkah

بِسْمِ اللَّهِ الرَّحْمَـنِ الرَّحِيمِ

In the Name of Allah, the Most Gracious, the Most Merciful.

A Request to hasten the D

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 70, Page 568, Juz 29

1. Yarasavye umusavyi igihano gitegerezwa gushika; 2. Kizoshikira abagarariji ku musi w’izuka, nta n’umwe ashoboye kugihagarika; 3. Kiva ku Mana Allah, Nyeninzira zicamwo gusa abamalayika mu kirere; 4. Abamalayika hamwe na Mutimamweranda Jibrili, bazoduga muri izo nzira baja ku Mana Allah, ku musi w’izuka, ku ntureka zawo uzoba ungana n’imyaka yo kw’isi ibihumbi mirongo itanu. 5. Ntumwa y’Imana! Ihanganire ata kwidogera itebura ry’abagarariji mu kwihutira gusaba ko bohanwa. 6. Mu vy’ukuri, abagarariji babona ko ibihano vyo kuri uwo musi biri kure cane, bitazonabashikira; 7. Na Twe Allah, Tukabibona ko nyabuna biri hafi cane, kandi bitegerezwa gushika. 8. Umusi ijuru ryabaye nk’ubutare bw’umujumpu bwayongejwe; 9. Imisozi nayo ikaba nk’ubwoya bwashwiragijwe n’umuyaga mu kirere; 10. Umugenzi, ntazobaza mugenziwe uko amerewe. 11. Abakunzi bazobonana banamenyane, maze umunyavyaha yipfuze ko yotuma yigomboza mu bihano vy’uwo musi, abana biwe; 12. N’umukenyezi wiwe, hamwe na mwenewabo; 13. N'abo akomokako, bahora bamurwanako kw’isi; 14. Hamwe rero n’ibiremwa vyose vyo kw’isi; yiyumvira ko ivyo vyose vyomurokora mu bihano. 15. Nateshwe ate, arahumba! Si nk’uko avyipfuza, ntibazomurokora namba. Mu vy’ukuri uburuhukiro bwiwe, ni mu muriro wa Jahannamu ururumba n’inguvu nyinshi; 16. Ushishura urukoba rw’umutwe n’urw’ibindi bihimba vy’umubiri; 17. Uhamagara uwo wese yirengagiza ukuri akiri kw'isi, akanagenza umugongo mu kutumvira Imana Allah n’Intumwa yayo; 18. Yishinga kwegeranya no kuziganya amatungo yiwe; atayatangako ishikanwa-bwirizwa, n’izindi mperezwa.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute