Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
005

Al-Ma'idah 5:102 قد سالها قوم من قبلكم ثم اصبحوا بها كافرين ١٠٢

5:102
قَدۡ
سَأَلَهَا
قَوۡمٞ
مِّن
قَبۡلِكُمۡ
ثُمَّ
أَصۡبَحُواْ
بِهَا
كَٰفِرِينَ
١٠٢
Ni ukuri, abantu bo hambere yanyu barabajije Intumwa zabo ibibazo nk’ivyo, bamaze gutomorerwa ingingo yavyo baraheza baragarariza, ntibavyubahiriza.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

قُلْ

(Say,) O Muhammad ,

لاَّ يَسْتَوِى الْخَبِيثُ وَالطَّيِّبُ وَلَوْ أَعْجَبَكَ

(Not equal are the bad things and the good things, even though they may please you) O human,

كَثْرَةُ الْخَبِيثِ

(the abundance of bad.) This Ayah means, the little permissible is better than the abundant evil.

فَاتَّقُواْ ا

…

قُلْ

(Say,) O Muhammad ,

لاَّ يَسْتَوِى الْخَبِيثُ وَالطَّيِّبُ وَلَوْ أَعْجَبَكَ

(Not equal are the bad things and the good things, even though they may

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 5, Page 124, Juz 7

101. Emwe bemeye Imana Allah n’Intumwa yayo bakubahiriza n’amabwirizwa yayo! Ntimukabaze ku ngingo yerekeye ibintu mutatomorewe mw’idini, kandi mu gihe mwotomorerwa ingingo yavyo yobaremera kuyubahiriza. Mu gihe mwobaza ingingo yavyo Intumwa ikihari ikimanurirwa Qor’ani, mwotomorewe ingingo yavyo. Imana Allah Yaretse kubatomorera ingingo yavyo Ibibona ku neza yanyu, kugira ntimunanirwe kuvyubahiriza. Burya Imana Allah ni Nyenimbabazi-ntangere ku bigaya, Nyenubwitonzi-ntangere, ntiyihutira guhana. 102. Ni ukuri, abantu bo hambere yanyu barabajije Intumwa zabo ibibazo nk’ivyo, bamaze gutomorerwa ingingo yavyo baraheza baragarariza, ntibavyubahiriza. 103. Imana Allah ntiyigeze Iziririza ikoreshwa ry’igitungwa caciwe ugutwi kikagenerwa ibigirwamana; igitungwa catanzwe ikimazi ku bigirwamana, igitungwa kivyaye inyana cikurikiranya, n’impfizi y’ingamiya yimije incuro cumi, ariko ababangikanyamana bomekereye ivyo vyose ku Mana Allah bayibeshera, kandi abenshi muri bo ntibatandukanya ukuri n’ikinyoma. 104. Abaziririza ibitaziririjwe n’Imana Allah, iyo babwiwe bati: “Enda nyabuna nimuze ku vyamanuwe n’Imana Allah no ku nyigisho z’Intumwa yayo kugira mumenye ikizira n’ikirekuwe”; bishura bati: “Ivyo twarazwe n’abavyeyi bacu birahagije”. Mbega bavuga ivyo, n’aho abavyeyi babo boba ata na kimwe batahura, batanashobora no gutumbera inzira igororotse!

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute