Al-Ma'idah 5:110 اذ قال الله يا عيسى ابن مريم اذكر نعمتي عليك وعلى والدتك اذ ايدتك بروح القدس تكلم الناس في المهد وكهلا واذ علمتك الكتاب والحكمة والتوراة والانجيل واذ تخلق من الطين كهيية الطير باذني فتنفخ فيها فتكون طيرا باذني وتبري الاكمه والابرص باذني واذ تخرج الموتى باذني واذ كففت بني اسراييل عنك اذ جيتهم بالبينات فقال الذين كفروا منهم ان هاذا الا سحر مبين ١١٠
إِذۡ
قَالَ
ٱللَّهُ
يَٰعِيسَى
ٱبۡنَ
مَرۡيَمَ
ٱذۡكُرۡ
نِعۡمَتِي
عَلَيۡكَ
وَعَلَىٰ
وَٰلِدَتِكَ
إِذۡ
أَيَّدتُّكَ
بِرُوحِ
ٱلۡقُدُسِ
تُكَلِّمُ
ٱلنَّاسَ
فِي
ٱلۡمَهۡدِ
وَكَهۡلٗاۖ
وَإِذۡ
عَلَّمۡتُكَ
ٱلۡكِتَٰبَ
وَٱلۡحِكۡمَةَ
وَٱلتَّوۡرَىٰةَ
وَٱلۡإِنجِيلَۖ
وَإِذۡ
تَخۡلُقُ
مِنَ
ٱلطِّينِ
كَهَيۡـَٔةِ
ٱلطَّيۡرِ
بِإِذۡنِي
فَتَنفُخُ
فِيهَا
فَتَكُونُ
طَيۡرَۢا
بِإِذۡنِيۖ
وَتُبۡرِئُ
ٱلۡأَكۡمَهَ
وَٱلۡأَبۡرَصَ
بِإِذۡنِيۖ
وَإِذۡ
تُخۡرِجُ
ٱلۡمَوۡتَىٰ
بِإِذۡنِيۖ
وَإِذۡ
كَفَفۡتُ
بَنِيٓ
إِسۡرَٰٓءِيلَ
عَنكَ
إِذۡ
جِئۡتَهُم
بِٱلۡبَيِّنَٰتِ
فَقَالَ
ٱلَّذِينَ
كَفَرُواْ
مِنۡهُمۡ
إِنۡ
هَٰذَآ
إِلَّا
سِحۡرٞ
مُّبِينٞ
١١٠
Mwibuke n’umusi Imana Allah Izovuga Iti: “Ewe Isa mwene Mariyamu! Ibuka inema zanje naguhaye wewe1 hamwe n’umuvyeyi wawe2. Wibuke na canecane igihe Nagushigikiza Mutimamutagatifu Jibrili, ukavugisha abantu ukiri uruyoya, ukongera ukararikira Bene Israyeli ukwemera Imana Allah umaze gukura. Wibuke n’igihe Nakwigisha kwandika no gutumbereza ukuri mu mvugo no mu ngiro, Nongera Ndakwigisha Tawurati yamanuriwe Intumwa Musa (nyakugira amahoro y’Imana Allah) n’Injili wamanuriwe. Wibuke kandi n’igihe wabumba mw’ivu igishusho c’inyoni ku burenganzira bwanje, maze ukagihuhamwo kigaca kiba inyoni iguruka ku burenganzira bwanje; ukanakiza uwavukanye ubuhumyi n’uwavukanye indwara y’ubukarabe ku burenganzira bwanje agakira. Wibuke n’igihe wasabira abapfuye kuzuka, bagaheza bakazuka badora ku burenganzira bwanje. Ivyo vyose rero, ukaba wabigira ku bushobozi n’uburenganzira bwanje Jewe Allah, bikaba ari na vyo bitangaro vyemeza ukuri kw’ubutumwa bwawe. Wibuke kandi igihe Nagukingira Bene Israyeli bashaka kukwica igihe wabazanira ibitangaro bigaragara vyemeza ubutumwa bwawe, abagarariji muri bo bagaca bavuga bati: “Ibitangaro yaje abazaniye, nta kindi biturukako kiretse ko ari uburozi bweruye””,
Read Tafsir
Ibn Kathir (Abridged)
Reminding `Isa of the Favors that Allah Granted him
Allah mentions how He blessed His servant and Messenger, `Isa, son of Maryam, and the miracles and extraordinary acts He granted him. Allah said,
اذْكُرْ نِعْمَتِى عَلَيْكَ
(Remember My favor to you) when I created you from your mother, without male i
…Reminding `Isa of the Favors that Allah Granted him
Allah mentions how He blessed His servant and Messenger, `Isa, son of Maryam, and the miracles and
…