Al-Ma'idah 5:48 وانزلنا اليك الكتاب بالحق مصدقا لما بين يديه من الكتاب ومهيمنا عليه فاحكم بينهم بما انزل الله ولا تتبع اهواءهم عما جاءك من الحق لكل جعلنا منكم شرعة ومنهاجا ولو شاء الله لجعلكم امة واحدة ولاكن ليبلوكم في ما اتاكم فاستبقوا الخيرات الى الله مرجعكم جميعا فينبيكم بما كنتم فيه تختلفون ٤٨
وَأَنزَلۡنَآ
إِلَيۡكَ
ٱلۡكِتَٰبَ
بِٱلۡحَقِّ
مُصَدِّقٗا
لِّمَا
بَيۡنَ
يَدَيۡهِ
مِنَ
ٱلۡكِتَٰبِ
وَمُهَيۡمِنًا
عَلَيۡهِۖ
فَٱحۡكُم
بَيۡنَهُم
بِمَآ
أَنزَلَ
ٱللَّهُۖ
وَلَا
تَتَّبِعۡ
أَهۡوَآءَهُمۡ
عَمَّا
جَآءَكَ
مِنَ
ٱلۡحَقِّۚ
لِكُلّٖ
جَعَلۡنَا
مِنكُمۡ
شِرۡعَةٗ
وَمِنۡهَاجٗاۚ
وَلَوۡ
شَآءَ
ٱللَّهُ
لَجَعَلَكُمۡ
أُمَّةٗ
وَٰحِدَةٗ
وَلَٰكِن
لِّيَبۡلُوَكُمۡ
فِي
مَآ
ءَاتَىٰكُمۡۖ
فَٱسۡتَبِقُواْ
ٱلۡخَيۡرَٰتِۚ
إِلَى
ٱللَّهِ
مَرۡجِعُكُمۡ
جَمِيعٗا
فَيُنَبِّئُكُم
بِمَا
كُنتُمۡ
فِيهِ
تَخۡتَلِفُونَ
٤٨
Ntumwa y’Imana! Twaranakumanuriye Igitabu ca Qor’ani kirimwo ukuri, gishimangira n’ukuri kuri mu Bitabu vy’aho hambere yaco, kigaheza kikabiganza mu gutomora ukuri kuri muri vyo, hamwe n’ivyahindaguwe n’abantu, kikanasubiriza rero n’ivyahanaguwe. Kubera ivyo rero, tunganiriza abakwituye mu bayahudi mu kubacira imanza wisunze ivyo wamanuriwe n’Imana Allah muri Qor’ani, ntukanakurikire ivyipfuzo vyabo vyotuma utirigana ku kuri kwagushikiriye, burya umugwi wose mu bantu Twarungikiye Intumwa muri mwebwe, Twawuhaye ingingo zitomoye n’ivyo wokwisunga mu kuntu ubayeho. Iyo rero Imana Allah Ishaka, Yari kubaha ingingo zimwe mwisunga mwese, ariko rero izo ngingo Yarazitandukanije kugira Ibagerageze, maze hamenyekane - mu vyo Isanzwe Izi - ko mwubahiriza ivyo Yabahaye, gutyo hagaragare uwuyumvira n’ikigaba. Kubera ivyo rero, nimurushanwe mu guhurumbira gukora ivyiza biri muri Qor’ani, bizobagirira akamaro kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa. Ni ku Mana Allah rero muzosubizwa mwese, Iheze Ibabwire ivyo mwahora muhazanako mw’idini, Inahembere umwe wese ico yakoze.
Read Tafsir
Ibn Kathir (Abridged)
Praising the Qur'an; the Command to Refer to the Qur'an for Judgment
Allah mentioned the Tawrah that He sent down to His Prophet Musa, the one whom He spoke directly to, praising it, commanding that it should be implemented, before it was abrogated. Allah then mentioned the Injil, praised it and comm
…Praising the Qur'an; the Command to Refer to the Qur'an for Judgment
Allah mentioned the Tawrah that He sent down to His Prophet Musa, the one whom He
…