Al-Ma'idah 5:69 ان الذين امنوا والذين هادوا والصابيون والنصارى من امن بالله واليوم الاخر وعمل صالحا فلا خوف عليهم ولا هم يحزنون ٦٩
إِنَّ
ٱلَّذِينَ
ءَامَنُواْ
وَٱلَّذِينَ
هَادُواْ
وَٱلصَّٰبِـُٔونَ
وَٱلنَّصَٰرَىٰ
مَنۡ
ءَامَنَ
بِٱللَّهِ
وَٱلۡيَوۡمِ
ٱلۡأٓخِرِ
وَعَمِلَ
صَٰلِحٗا
فَلَا
خَوۡفٌ
عَلَيۡهِمۡ
وَلَا
هُمۡ
يَحۡزَنُونَ
٦٩
Mu vy’ukuri, abemeye Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) bakayikurikira, abayahudi1, abatsimbataye kuri kameremere kabo batagira idini nyezina, hamwe rero n’abanaswara2, abazokwemera vy’ukuri muri bo Imana Imwe Rudende Allah, Intumwa yayo Muhamadi n’umusi w’imperuka, bakanakora n’ibikorwa vyiza bitegetswe, abo rero bazosanga indishi yabo ku Mana yabo Rurema Allah, kandi nta bwoba kuri bo bwo guhanwa, eka mbere bobo ntibazokwicwa n’intuntu ku vyo basize kw’isi3.
Read Tafsir
Ibn Kathir (Abridged)
There is no Salvation Except through Faith in the Qur'an
Allah says: O Muhammad, say,
يَـأَهْلَ الْكِتَـبِ لَسْتُمْ عَلَى شَىْءٍ
(O People of the Scripture! You have nothing...) meaning no real religion until you adhere to and implement the Tawrah and the Injil. That is, until you believe in all the Bo
…There is no Salvation Except through Faith in the Qur'an
Allah says: O Muhammad, say,
يَـأَهْلَ الْكِتَـبِ لَسْتُمْ عَلَى شَىْءٍ
(O People of the Scriptu
…