Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
067

Al-Mulk 67:11 فاعترفوا بذنبهم فسحقا لاصحاب السعير ١١

67:11
فَٱعۡتَرَفُواْ
بِذَنۢبِهِمۡ
فَسُحۡقٗا
لِّأَصۡحَٰبِ
ٱلسَّعِيرِ
١١
Bazoheza rero bemange ukuri kwamye ibicumuro vyabo. Kubera ivyo rero, uguhanwa nya guhanwa, ni ukw’abantu bo mu muriro wama wegenyejwe.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Description of Hell and Those Who will enter into it

Allah the Exalted says,

وَ

(and) meaning, `and We have prepared,'

لِلَّذِينَ كَفَرُواْبِرَبِّهِمْ عَذَابُ جَهَنَّمَ وَبِئْسَ الْمَصِيرُ

(for those who disbelieve in their Lord is the torment of Hell, and worst indeed is that destination.) This mean

…

The Description of Hell and Those Who will enter into it

Allah the Exalted says,

وَ

(and) meaning, `and We have prepared,'

لِلَّذِينَ كَفَرُواْبِرَبِّهِمْ

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 67, Page 562, Juz 29

6. N’abagararije mu bantu Imana yabo Rurema Allah, barategekanirijwe ibihano vyo mu muriro wa Jahannamu. Iryo, ni ryo herezo ribi cane. 7. Nibawutabwamwo, bazowumva usuma bimwe biteye ubwoba uriko urarurumba. 8. Uwo muriro, uhakwa gushwanyagurika kubera ishavu ufitiye abagarariji. Uko hatawemwo umugwi w’abahakanyi, ni ko abawucungera bazobabaza bati: “Mbega ntuze, nta Mugabisha yigeze abashikira kw’isi?”; 9. Na bo bazokwishura bati: “Egome! Umugabisha yaradushikiriye, turaheza turamuhakana twivuye inyuma, tuvuga duti: “Nta na kimwe Imana Allah, Yigeze Ihishurira umuntu. Kanatsinda mwebwe Intumwa, nta co murimwo atari umuzimagiza ukomeye ubaganisha kure cane y’ukuri””. 10. Bazokwongera bavuge bicuza bati: “Iyo tuza kwumva ukuri twashikirijwe canke tukagira ubwenge bwo gutahura ivyo turarikirwa, ntitwari kuba mu bantu bo mu muriro wama wegenyejwe”. 11. Bazoheza rero bemange ukuri kwamye ibicumuro vyabo. Kubera ivyo rero, uguhanwa nya guhanwa, ni ukw’abantu bo mu muriro wama wegenyejwe.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute