Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
023

Al-Mu'minun 23:101 فاذا نفخ في الصور فلا انساب بينهم يوميذ ولا يتساءلون ١٠١

23:101
فَإِذَا
نُفِخَ
فِي
ٱلصُّورِ
فَلَآ
أَنسَابَ
بَيۡنَهُمۡ
يَوۡمَئِذٖ
وَلَا
يَتَسَآءَلُونَ
١٠١
Igihe rero havugijwe inzamba igira kabiri yo kuzura ibiremwa, kuri uwo musi nta kwihaya ku miryango kuzobaho hagati y’ibiremwa nk’uko vyari kw’isi, eka nta n’uwuzobaza ivya mugenziwe.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The sounding of the Trumpet and the weighing of Deeds in the Scales.

Allah says that when the Trumpet is blown for the Resurrection, and the people rise from their graves,

فَلاَ أَنسَـبَ بَيْنَهُمْ يَوْمَئِذٍ وَلاَ يَتَسَآءَلُونَ

(there will be no kinship among them that Day, nor will they ask of one a

…

The sounding of the Trumpet and the weighing of Deeds in the Scales.

Allah says that when the Trumpet is blown for the Resurrection, and the people ris

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 23, Page 348, Juz 18

99. Igihe rero umwe mu babangikanyamana yashikiwe n’urupfu, ari ku mpfiro akabona yugarijwe n’ibihano yasezeraniwe, azovuga ati: “Mana yanje Rurema Allah! Ndabasavye ko Mwonsubiza kw’isi; 100. Kumbure hari n’aho nokwemera nkumvira Imana Allah mu gukora ibikorwa vyiza, mu vyo nirengagije gukora!”. Eka nateshwe ate aranguha! Ako ni akarimi gusa, ayo ni amajambo avuga atavuye ku mutima; hamwe yoramuka asubijwe kw’isi, nta nkeka ko yokora kandi ivyo yabujijwe. Abamaze gupfa rero, bazitiwe n’uruzitiro “Barzakhi” rutuma badashobora kugaruka kw’isi gushika ku musi w’izuka. 101. Igihe rero havugijwe inzamba igira kabiri yo kuzura ibiremwa, kuri uwo musi nta kwihaya ku miryango kuzobaho hagati y’ibiremwa nk’uko vyari kw’isi, eka nta n’uwuzobaza ivya mugenziwe. 102. Uwuzogira ivyiza vyinshi, maze umunzane w’ivyiza vyiwe ukaremera igihe c’iharurirwa, azoba rero ari mu bantu baronse intsinzi y'Ubwami bw'ijuru. 103. Nayo uwuzogira ivyiza biri ku rushi, maze umunzane w’ivyiza vyiwe ugahwahuka igihe c’iharurirwa, uyo rero azoba ari mu bahomvye ubuzima bwabo, bazoba mu muriro wa Jahannamu ibihe bidahera; 104. Nya muriro uzobababura mu maso, maze banyinyirwe bashinyirize muri wo, amenyo ari hejuru; 105. Baheze babwirwe bati: “Mbega ntimwahora musomerwa Aayah zanje Jewe Allah mukiri kw’isi mukazihakana mwivuye inyuma!”. 106. Bazokwishura bavuge bati: “Mana yacu Rurema Allah! Ubugaba bwacu twabutewe no guhurumbira kwacu ibihendamaso vy’isi, twari no mu bantu bahuvye inzira igororotse; 107. Mana yacu Rurema Allah! Turatakamvye Udukure mu muriro, maze Udusubize kw’isi, nitwaramuka dusubiye mu buhuvyi, mu vy’ukuri tuzoba twirenganije koko, dukwiye no guhanwa”. 108. Imana Allah Izobishura Ibabwire Iti: “Nimugume mu muriro musuzuguritse, nimukazibe ntimunamvugishe namba; 109. Umugwi w’abemeramana mu baja banje bahora batakamba bavuga bati: “Mana yacu Rurema Allah! Twaremeye vy’ukuri, Tugumirize akabanga Utubabarire ibicumuro vyacu, Unatugirire impuhwe, burya Wewe ni We Mwiza w’abagirampuhwe bose”; 110. Maze muraheza mubateburako gushika n’aho babibagiza kuninahaza no kuntazira, mwahora munabatwenga ku gasuzuguro; 111. Mu vy’ukuri rero Jewe Allah, kuri uno musi Nahaye uwo mugwi w’abemeramana mu baja banje ku kuntu bihanganye, impera yo kuba ari bo benintsinzi y’Ubwami bw’ijuru”.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute