Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
023

Al-Mu'minun 23:24 فقال الملا الذين كفروا من قومه ما هاذا الا بشر مثلكم يريد ان يتفضل عليكم ولو شاء الله لانزل ملايكة ما سمعنا بهاذا في اباينا الاولين ٢٤

23:24
فَقَالَ
ٱلۡمَلَؤُاْ
ٱلَّذِينَ
كَفَرُواْ
مِن
قَوۡمِهِۦ
مَا
هَٰذَآ
إِلَّا
بَشَرٞ
مِّثۡلُكُمۡ
يُرِيدُ
أَن
يَتَفَضَّلَ
عَلَيۡكُمۡ
وَلَوۡ
شَآءَ
ٱللَّهُ
لَأَنزَلَ
مَلَٰٓئِكَةٗ
مَّا
سَمِعۡنَا
بِهَٰذَا
فِيٓ
ءَابَآئِنَا
ٱلۡأَوَّلِينَ
٢٤
Indongozi z’abagararije mu bantu ba Nuhu, zarahakanye zivuye inyuma zibwira abantu bazo ziti: “Burya Nuhu abararikira kwemera Imana Imwe Rudende, si ikindi kiretse ko ari umuntu asanzwe nkamwe, ashaka gusa ko mumwubaha mukamwumvira. N’iyo Imana Allah Ishaka kuturungikira koko Intumwa, Yari kurungika Intumwa ivuye mu bamalayika, eka ntitwigeze twumva ivyo aturarikira ku bavyeyi bacu b’aho hambere;
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Story of Nuh, Peace be upon Him; and his people

Allah tells us about Nuh, peace be upon him, whom He sent him to his people to warn them of the severe punishment of Allah and His severe vengeance on those who associated partners with Him, defied His commands and disbelieved His Messengers:

فَقَالَ
…

The Story of Nuh, Peace be upon Him; and his people

Allah tells us about Nuh, peace be upon him, whom He sent him to his people to warn them of the sev

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 23, Page 343, Juz 18

23. Ni ukuri Twebwe Allah, Twararungitse Nuhu ku bantu biwe, ababwira ati: “Bantu banje! Nimwiyegereze Imana Allah mu vyo mukora vyose munayisenge mutayibangikanya, nta yindi mana mufise ikwiye gusengwa atari Yo. Ubwo ntimwotinya ibihano vy’Imana Allah, mugaheza mukubahiriza amabwirizwa yayo!”. 24. Indongozi z’abagararije mu bantu ba Nuhu, zarahakanye zivuye inyuma zibwira abantu bazo ziti: “Burya Nuhu abararikira kwemera Imana Imwe Rudende, si ikindi kiretse ko ari umuntu asanzwe nkamwe, ashaka gusa ko mumwubaha mukamwumvira. N’iyo Imana Allah Ishaka kuturungikira koko Intumwa, Yari kurungika Intumwa ivuye mu bamalayika, eka ntitwigeze twumva ivyo aturarikira ku bavyeyi bacu b’aho hambere; 25. Uyu Nuhu rero, si ikindi kiretse ko ari umukehabwenge. Kubera ivyo rero, enda nimumuhe akanya gato gushika agarure akenge, aheze areke kwigira Intumwa, canke mumutege imisi apfe mumuruhuke”. 26. Nuhu yavuze atakambira Imana Allah ati: “Mana yanje Rurema Allah! Ntabara kw’ihakana ry’abantu banje, kuko bamirira kure ubutumwa bwawe ndabashikiriza”. 27. Ni ho rero Twebwe Allah, Twahishurira Nuhu Tukamubwira Duti: “Baza kw’itegeko ryacu ubwato ku mugaragaro, aho Twebwe Allah Tubona n’amaso yacu kuko ukingiwe. Igihe itegeko ryacu ryo kubahonya ryageze, maze hakaboneka imbizi izananye mw’ifuru, uraheza ushire mu bwato igitsina-gabo n’igitsina-gore kuri buri bwoko bwose bw’ibiremwa, wongere ushiremwo n’umuryango wawe, kiretse umugore wawe n’umuhungu wawe bamaze kwagirwa n’ibihano, kandi ntuhirahire ngo unsabe ko notenyenya guhana abirenganije, kuko mu vy’ukuri bazotwarwa n’isegenya. 28. Niwamara kwurira mu bwato wewe hamwe n’abo muri kumwe, uraheza uvuge uti: “Nihashimagizwe Imana Allah Yo Yaturokoye, Ikadukura mu bantu birenganije mw'igarariza”; 29. Niwururuka muri nya bwato naho nyene wongere uvuge uti: “Mana yanje Rurema Allah! Mpa ubwururuko buhezagiwe butekanisha, kuko ari Wewe Umwiza w’abakira mw’iteka n’itekane". 30. Mu vy’ukuri, muri ukwo kurokora abemeramana no guhonya abagarariji, ni ukuri harimwo ivyemezo vyerekana ukuri kw’Intumwa ku vyo zashikirije, Twategerezwa rero no kugerageza koko abantu kw’irungikwa ry’Intumwa imbere yuko bashikirwa n’ibihano.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute