Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
023

Al-Mu'minun 23:47 فقالوا انومن لبشرين مثلنا وقومهما لنا عابدون ٤٧

23:47
فَقَالُوٓاْ
أَنُؤۡمِنُ
لِبَشَرَيۡنِ
مِثۡلِنَا
وَقَوۡمُهُمَا
لَنَا
عَٰبِدُونَ
٤٧
Maze bavuga bati: “Karashize ingani twemere abantu babiri basanzwe nkatwe, kandi abo barungitsweko muri Bene Israyeli ari abashumba bari musi y’amategeko yacu, kandi baca bugufi kuri twebwe!”.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Story of Musa, Peace be upon Him; and Fir`awn

Allah tells us that He sent Musa, peace be upon him, and his brother Harun to Fir`awn and his chiefs with decisive evidence and definitive proof, but Fir`awn and his people were too arrogant to follow them and obey their commands because they were hum

…

The Story of Musa, Peace be upon Him; and Fir`awn

Allah tells us that He sent Musa, peace be upon him, and his brother Harun to Fir`awn and his chiefs

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 23, Page 345, Juz 18

45. Mu nyuma rero, ni ho Twarungikana Musa na murumunawe Haruna ibitangaro vyacu icenda, kugira bibe ivyemezo bitomoye bitsimbataza abemeramana, bibe n’ivyagiriji ku bantu b’ibibegito n’abagarariji; 46. Twabarungitse kwa Firawuni wo muri Misiri n’abunganizi biwe, maze bagira amanyama mu kutemera Musa na murumunawe Haruna, bari n’abantu bihambaza mu gucinyiza abandi; 47. Maze bavuga bati: “Karashize ingani twemere abantu babiri basanzwe nkatwe, kandi abo barungitsweko muri Bene Israyeli ari abashumba bari musi y’amategeko yacu, kandi baca bugufi kuri twebwe!”. 48. Ni ho rero Firawuni wo muri Misiri n’abunganizi biwe bahakana bivuye inyuma Musa na Haruna, maze Imana Allah Ica Irabahonya mu gusomeshwa nturi. 49. Ni ukuri Twebwe Allah, Twahaye Musa Igitabu ca Tawurati kugira Bene Israyeli bacubahirize mu kuba abagororotsi. 50. Tugira na Isa mwene Mariyamu hamwe na nyina wiwe igitangaro cerekana ubushobozi n'ububasha vyacu Twebwe Allah, Twaranabakiriye mw’icumbi ku gasozi k’iteka n’itekane, kariko n’imbizi y’amazi atemba.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute