Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
023

Al-Mu'minun 23:79 وهو الذي ذراكم في الارض واليه تحشرون ٧٩

23:79
وَهُوَ
ٱلَّذِي
ذَرَأَكُمۡ
فِي
ٱلۡأَرۡضِ
وَإِلَيۡهِ
تُحۡشَرُونَ
٧٩
Ni Yo Yabaremye Ibakwiragiza kw’isi, ni no kuri Yo muzokwegeranirizwa ku musi w’izuka kugira muhemberwe ivyo mwakoze; vyaba ivyiza canke ibibi.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

وَلَقَدْ أَخَذْنَـهُمْ بِالْعَذَابِ

(And indeed We seized them with punishment,) means, `We tried and tested them with difficulties and calamities.' His saying:

فَمَا اسْتَكَانُواْ لِرَبِّهِمْ وَمَا يَتَضَرَّعُونَ

(but they humbled not themselves to their Lord, nor did they invoke with submission to Hi

…

وَلَقَدْ أَخَذْنَـهُمْ بِالْعَذَابِ

(And indeed We seized them with punishment,) means, `We tried and tested them with difficulties and calamities.' Hi

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 23, Page 347, Juz 18

78. Bantu! Imana Allah, ni Yo Yabagiriye amatwi kugira mushobore kwumva, Ibagirira n’amaso kugira mushobore kubona, Ibagirira n’imishaha kugira mushobore gutegera muheze mwikebuke. Hamwe n’ivyo vyose rero, mushima gake. 79. Ni Yo Yabaremye Ibakwiragiza kw’isi, ni no kuri Yo muzokwegeranirizwa ku musi w’izuka kugira muhemberwe ivyo mwakoze; vyaba ivyiza canke ibibi. 80. Ni Yo kandi Itanga ubuzima Ikanabwaka, Ikanakurakuranya ijoro n’umurango mw'ibisikanya ryavyo. Mbega none, ntimugira ubwenge ngo mutahure ubushobozi n'ububasha vy’Imana Allah, muheze muyisenge ari Imwe Rudende! 81. Ahubwo rero, abagarariji ntibigeze bemera izurwa ry’ibiremwa inyuma yo gupfa, ahubwo barinamuye mu gusubiramwo kuvuga nk’ivyavuzwe n’ab’aho hambere; 82. Maze bavuga bati: “Burya nitwapfa tugacika ivu n’amagufa mu kuzimu, tuzoheza dusubizwe ubuzima tuzuke koko! 83. Muhama! Ni ukuri iryo zurwa udusezeraniye, ni ryo n’abavyeyi bacu basezeraniwe aho hambere yacu, nta kuri kwaryo tubona. Iryo sezerano rero, si ikindi kiretse ko ari imigani n’ibitito vy’ab’aho hambere”.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute