Al-Mumtahanah 60:4 قد كانت لكم اسوة حسنة في ابراهيم والذين معه اذ قالوا لقومهم انا براء منكم ومما تعبدون من دون الله كفرنا بكم وبدا بيننا وبينكم العداوة والبغضاء ابدا حتى تومنوا بالله وحده الا قول ابراهيم لابيه لاستغفرن لك وما املك لك من الله من شيء ربنا عليك توكلنا واليك انبنا واليك المصير ٤
قَدۡ
كَانَتۡ
لَكُمۡ
أُسۡوَةٌ
حَسَنَةٞ
فِيٓ
إِبۡرَٰهِيمَ
وَٱلَّذِينَ
مَعَهُۥٓ
إِذۡ
قَالُواْ
لِقَوۡمِهِمۡ
إِنَّا
بُرَءَٰٓؤُاْ
مِنكُمۡ
وَمِمَّا
تَعۡبُدُونَ
مِن
دُونِ
ٱللَّهِ
كَفَرۡنَا
بِكُمۡ
وَبَدَا
بَيۡنَنَا
وَبَيۡنَكُمُ
ٱلۡعَدَٰوَةُ
وَٱلۡبَغۡضَآءُ
أَبَدًا
حَتَّىٰ
تُؤۡمِنُواْ
بِٱللَّهِ
وَحۡدَهُۥٓ
إِلَّا
قَوۡلَ
إِبۡرَٰهِيمَ
لِأَبِيهِ
لَأَسۡتَغۡفِرَنَّ
لَكَ
وَمَآ
أَمۡلِكُ
لَكَ
مِنَ
ٱللَّهِ
مِن
شَيۡءٖۖ
رَّبَّنَا
عَلَيۡكَ
تَوَكَّلۡنَا
وَإِلَيۡكَ
أَنَبۡنَا
وَإِلَيۡكَ
ٱلۡمَصِيرُ
٤
Bemeramana! Mu vy’ukuri, murafise akarorero keza mwokwisunga mu mvugo no mu ngiro, ku Ntumwa y’Imana Ibrahimu (nyakugira amahoro y’Imana Allah), hamwe n’abemeramana bari kumwe na yo, igihe babwira abantu babo batemera bati: “Mu vy’ukuri twebwe, turitandukanije na mwe hamwe n’ivyo musenga mu gishingo c’Imana Allah. Kuva ubu rero, twagararije ivyo mwemera mu bigirwamana, hamaze no kwibonekeza urwanko n’inzigo hagati yacu na mwe, kugeza aho muzokwemera Imana Imwe Rudende Allah, mukavavanura no gusenga ibigirwamana”. Ariko rero, ntimwokwigana ijambo ry’Intumwa Ibrahimu (nyakugira amahoro y’Imana Allah) yabwiye se yagarariza iti: “Ni ukuri, nzogusabira imbabazi ku Mana Allah, mugabo jewe nta na kimwe nzokumarira ku Mana Allah1”. Ibrahimu rero yahavuye atakambira Imana Allah, ati: "Mana yacu Rurema Allah! Twamaze kukwishimikiza mu kukwizera muri vyose, kandi twagarutse iwawe kwigaya, burya iwawe gusa ni yo maherezo yacu;
Read Tafsir
Ibn Kathir (Abridged)
The Good Example of Ibrahim and His Followers, when They disowned Their Disbelieving People
Allah the Exalted says to His faithful servants, whom He commanded to disown the disbelievers, to be enemies with them, and to distant themselves and separate from them:
قَدْ كَانَتْ لَكُمْ أُسْوَةٌ حَسَنَةٌ فِ
…The Good Example of Ibrahim and His Followers, when They disowned Their Disbelieving People
Allah the Exalted says to His faithful servants, whom He co
…