Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
068

Al-Qalam 68:15 اذا تتلى عليه اياتنا قال اساطير الاولين ١٥

68:15
إِذَا
تُتۡلَىٰ
عَلَيۡهِ
ءَايَٰتُنَا
قَالَ
أَسَٰطِيرُ
ٱلۡأَوَّلِينَ
١٥
Bigatuma iyo asomewe Aayah zacu za Qor’ani, azihakana yivuye inyuma, agashoka avuga ati: “Qor'ani, ni imigani n’ibitito vy’ab’aho hambere1.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Prohibition of giving in to the Pressure of the Disbelievers and Their Suggestions, and that They like to meet in the Middle of the Path

Allah says, `just as We have favored you and given you the upright legislation and great (standard of) character,'

فَلاَ تُطِعِ الْمُكَذِّبِينَ - وَدُّواْ لَوْ تُدْه

…

Prohibition of giving in to the Pressure of the Disbelievers and Their Suggestions, and that They like to meet in the Middle of the Path

Allah says, `j

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 68, Page 564, Juz 29

1. Nuun. Jewe Allah, Ndarahiye kw’ikaramu n’ivyo abamalayika n’abantu bayandikisha! 2. Ko wewe Intumwa Muhamadi, utari umusazi namba kubera inema wahawe n’Imana yawe Rurema Allah mu kukugira Intumwa! 3. Mu vy’ukuri, nta nkeka urafise impembo idahera kubera ko wihanganira ishikirizabutumwa; 4. Kandi nta nkeka ko wewe uri ku ngeso nziza cane zishimangirwa na Qor’ani. 5. Mu gihe kitari kirekire rero uzobona, kandi abagarariji na bo nyene bazobona; 6. Umusazi muri mwebwe uwo ari we. 7. Mu vy’ukuri Imana yawe Rurema Allah, ni Yo Izi neza na neza uwahuvye inzira yayo y’ukuri. Ni na Yo Izi neza na neza abagororotsi. 8. Ntumwa y’Imana! Ntukagamburukire rero na gato abahakanyi, kuko bari mu muzimagiza. 9. Baripfuje cane ko woborohera, maze na bo bagaheza bakakworohera. 10. Ntumwa y’Imana! Ntukumvire uwo wese akunda kurahira kenshi, asuzuguritse; 11. Akunda kwandagaza abantu, gateranya; 12. Ingumyi idatanga ku bw’Imana Allah, ikanabuza abandi gukora iciza, yigenza ku bantu ikanarenga ku mabwirizwa, yuzuye ivyaha; 13. Inshirwarimenetse mu buhakanyi, Turetse n’ivyo vyose, ni n’umuzanano; 14. Mbe none yoba akora ivyo, yitwaza ko afise amatungo n’abana benshi! 15. Bigatuma iyo asomewe Aayah zacu za Qor’ani, azihakana yivuye inyuma, agashoka avuga ati: “Qor'ani, ni imigani n’ibitito vy’ab’aho hambere. 16. Tuzomushirako inkovu ku zuru ryiwe, maze yame imutera isoni mu maso y’abantu.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute