Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
054

Al-Qamar 54:16 فكيف كان عذابي ونذر ١٦

54:16
فَكَيۡفَ
كَانَ
عَذَابِي
وَنُذُرِ
١٦
Ehe raba rero ukuntu Nahanye abangararije bagahakana bivuye inyuma Intumwa zanje. Mbega none, ukubagabisha ku bihano vyanje, hari ico kwabashikanyeko atari uguhona!
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Story of the People of Nuh and the Lesson from it

Allah the Exalted said,

كَذَّبَتْ

(denied) `before your people, O Muhammad,'

قَوْمُ نُوحٍ فَكَذَّبُواْ عَبْدَنَا

(the people of Nuh. They rejected Our servant) means, they denied him categorically and accused him of madness,

وَقَالُواْ مَجْنُونٌ وَازْد
…

The Story of the People of Nuh and the Lesson from it

Allah the Exalted said,

كَذَّبَتْ

(denied) `before your people, O Muhammad,'

قَوْمُ نُوحٍ فَكَذَّبُو
…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 54, Page 529, Juz 27

9. Ntumwa y’Imana! Aho hambere yabo, haragararije abantu ba Nuhu, baraheza barahakana bivuye inyuma Umuja wacu Nuhu, maze barinamura bavuga bati: “Nuhu, ni umusazi yakehewe n’ubwenge!”; baraheza baramwihaniza bamutega imisi. 10. Nuhu aca arasaba Imana yiwe Rurema Allah ati: “Jewe mu vy’ukuri, narengewe no guhangana na bo, ndagusavye rero ko Untabara mu kubahana”; 11. Duca Turamwumvira, maze Twugurura imihora y’amazi azanana mu kirere; 12. Duca n’amariba y’amazi, imbizi idudubiza iva mu kuzimu, gutyo amazi azananye mu kirere ahurirana n’ay’imbizi, baca bahonera rimwe nk’uko vyari vyagezwe n’Imana Allah, baba akayazwe. 13. Ni ho rero Twarerura Nuhu hamwe n’abo bari kumwe mu bwato buhinguwe mu mbaho n’imisumari; 14. Bugenda bureremba aho Tubona n’amaso yacu, bucungerewe, gutyo Turokora Nuhu n’abari kumwe na we; abagarariji na bo Tubahonesha isegenya ry’akataraboneka, ku kubera ubugarariji bwabo. 15. Ni ukuri, Twazigamye inkuru y’ivyashikiye Nuhu n’abantu biwe, kugira ibere abakurikiye mu nyuma, inkebuzo n’icemezo c’ubushobozi bwacu mu guhana ibigaba, ku wushaka kwibuka akikebuka. Mbega none, hoba hari uwibuka ngo yikebuke! 16. Ehe raba rero ukuntu Nahanye abangararije bagahakana bivuye inyuma Intumwa zanje. Mbega none, ukubagabisha ku bihano vyanje, hari ico kwabashikanyeko atari uguhona! 17. Ni ukuri, Twaranoroheje Qor’ani, mu kuntu isomwa, ukuntu ifatwa ku mutwe, hamwe rero n’ugutahurika kwayo ikanazigamwa, ku wushaka kwibuka akikebuka. Mbega none, hoba hari uwibuka ngo yikebuke!

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute