Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
054

Al-Qamar 54:28 ونبيهم ان الماء قسمة بينهم كل شرب محتضر ٢٨

54:28
وَنَبِّئۡهُمۡ
أَنَّ
ٱلۡمَآءَ
قِسۡمَةُۢ
بَيۡنَهُمۡۖ
كُلُّ
شِرۡبٖ
مُّحۡتَضَرٞ
٢٨
Bamenyeshe kandi ko amazi agabuwe kw’izamu hagati yabo n’iyo ngamiya. Bagenewe umusi umwe wo kuvoma, uwundi musi ukurikira na wo ugenewe ingamiya. Kizire ko hagira uwuvogerwa ku musi wiwe.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Story of Thamud

Allah states here that the people of Thamud denied their Messenger Salih,

فَقَالُواْ أَبَشَراً مِّنَّا وَحِداً نَّتَّبِعُهُ إِنَّآ إِذاً لَّفِى ضَلَـلٍ وَسُعُرٍ

(And they said: "A man, alone among us -- shall we follow him Truly, then we should be in error and distress!") They said

…

The Story of Thamud

Allah states here that the people of Thamud denied their Messenger Salih,

فَقَالُواْ أَبَشَراً مِّنَّا وَحِداً نَّتَّبِعُهُ إِنَّآ إ
…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 54, Page 530, Juz 27

23. Bene Thamuudi barungikiwe Swalehe, barahakanye bivuye inyuma Aayah n’ivyemezo bagabishijweko; 24. Maze barinamura bavuga bati: “Bishoboka gute ko dukurikira umuntu umwe nkatwe ata n’ico yodukangisha, kandi ari twe turi benshi! Mu vy’ukuri, hamwe twomukurikira, ni ukuri twoba turi mu muzimagiza uri kure cane y’ukuri, mbere twoba turi n’abasazi! 25. Vyoshoboka gute, ko ari we gusa muri twese ahishurirwa agahabwa ubutumwa! Ahubwo rero we, ni umubeshi ruhebwa yishima”. 26. Igihe bashikiwe n’ibihano vyo mu buzima bwo kw’isi n’ivyo mu bw’inyuma yo gupfa, bazoheza bamenye neza umubeshi ruhebwa yishima, n’uwutari we. 27. Mu vy’ukuri Twebwe Allah, Tugira dukurire Bene Thamuudi mw’ibuye ingamiya basavye, kugira Tubagerageze. Swalehe! Rindira wewe gusa, uzokwirabira ibihano bizobashikira nibashishikara guhakana, ubandanye wihanganira ibangamira ryabo kw’irarikiramana ryawe; 28. Bamenyeshe kandi ko amazi agabuwe kw’izamu hagati yabo n’iyo ngamiya. Bagenewe umusi umwe wo kuvoma, uwundi musi ukurikira na wo ugenewe ingamiya. Kizire ko hagira uwuvogerwa ku musi wiwe. 29. Ni ho rero Bene Thamuudi bahamagara mugenziwabo baramuryosharyosha ngo yice nya ngamiya, aca arayifata arayicumita arayikerera, baca barahanwa; 30. Ehe raba rero ukuntu Nahanye abangararije bakanahakana bivuye inyuma Intumwa zanje. Mbega none, ukubagabisha ku bihano vyanje, hari ico kwabashikanyeko atari uguhona! 31. Mu vy’ukuri mu kubahana, Twabarungikiye umumalayika Jibrili, maze akoma akaruru rimwe baca bahonera rimwe bose, baba nk’ivyatsi vyumye bivungagurika birunzwe mu ruhongore rw’ibitungwa. 32. Ni ukuri, Twaranoroheje Qor’ani, mu kuntu isomwa, ukuntu ifatwa ku mutwe, hamwe rero n’ugutahurika kwayo ikanazigamwa, ku wushaka kwibuka akikebuka. Mbega none, hoba hari uwibuka ngo yikebuke!

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute